Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
028

Al-Qasas 28:68 وربك يخلق ما يشاء ويختار ما كان لهم الخيرة سبحان الله وتعالى عما يشركون ٦٨

28:68
وَرَبُّكَ
يَخۡلُقُ
مَا
يَشَآءُ
وَيَخۡتَارُۗ
مَا
كَانَ
لَهُمُ
ٱلۡخِيَرَةُۚ
سُبۡحَٰنَ
ٱللَّهِ
وَتَعَٰلَىٰ
عَمَّا
يُشۡرِكُونَ
٦٨
Ntumwa y’Imana! Imana yawe Rurema Allah, Irema ico Ishatse kurema, Ikanatora kuba umutoni wayo uwo Ishatse. Nta kiremwa na kimwe rero cokwishoboza gufata ingingo no guhitamwo ikintu, mu gihe Imana Allah Itabishatse. Nihaninahazwe rero Imana Allah, Yongere Ihabwe n’icubahiro nta ngere mu buryo burengeye cane ivyo ababangikanyamana bayibangikanya;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Allah Alone is the One Who has the Power of Creation, Knowledge and Choice

Allah tells us that He is the only One Who has the power to create and make decisions, and there is no one who can dispute with Him in that or reverse His judgement. His saying:

وَرَبُّكَ يَخْلُقُ مَا يَشَآءُ وَيَخْتَارُ

(And yo

…

Allah Alone is the One Who has the Power of Creation, Knowledge and Choice

Allah tells us that He is the only One Who has the power to create and make

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 28, Page 393, Juz 20

68. Ntumwa y’Imana! Imana yawe Rurema Allah, Irema ico Ishatse kurema, Ikanatora kuba umutoni wayo uwo Ishatse. Nta kiremwa na kimwe rero cokwishoboza gufata ingingo no guhitamwo ikintu, mu gihe Imana Allah Itabishatse. Nihaninahazwe rero Imana Allah, Yongere Ihabwe n’icubahiro nta ngere mu buryo burengeye cane ivyo ababangikanyamana bayibangikanya; 69. Kandi burya Imana yawe Rurema Allah, Irazi neza ibihishijwe mu mishaha y’ibiremwa vyayo hamwe n’ivyo bigirira ku mugaragaro. 70. Ni Allah ata mana yindi ibwirijwe gusengwa atari Yo; ishimagizwa, ni iryayo mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa; ishingwa ry’ingingo ku biremwa, ni iryayo. Ni no kuri Yo rero mwebwe mwese muzosubizwa mumaze gupfa kugira muharurirwe, muhemberwe n'ivyo mwakoze. 71. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Emwe bantu! Nimumbwire uko vyogenda, mbe mu gihe Imana Allah Yobagirira ijoro ryamaho gushika ku musi w’umuhero w’isi, ni iyihe mana yindi atari Imana Allah yobazanira umuco ubamurikira ku murango! Ubwo ntimwokwumva mugategera!”. 72. Ntumwa y’Imana! Babwire kandi uti: “Nimumbwire uko vyogenda, mbe mu gihe Imana Allah Yobagirira umurango wamaho gushika ku musi w’umuhero w’isi, ni iyihe mana yindi atari Imana Allah yobazanira ijoro mwotururamwo! Ubwo ntimushobora kubona mukihweza itandukaniro riri hagati y’ijoro n’umurango!”. 73. Bantu! Ni ku mpuhwe z’Imana Allah rero kuba Yarabagiriye ijoro n’umurango bikurakuranwa mu kubisikanya, Iraheza Igira ijoro kuba umuzimagiza kugira muturure muri nya joro muheze muruhuke; Igira n’umurango kuba habona kugira murondere icorirenza mu mpano zayo. Ivyo vyose Yabibagiriye kugira muyishimire ku nema zayo Yabahaye. 74. Umusi rero Imana Allah Yahamagaye abayibangikanije Ikababwira Iti: “Bari hehe kuri uno musi abo mwambangikanije kw’isi, mwibaza ko Tungana?”. 75. Tuzoheza rero Twebwe Allah, Dukure icabona mu mugwi uwo ari wo wose w’abantu bagararije, ico cabona kikazoba ari Intumwa barungikiwe izobagiriza ko bayigararije, maze Tubwire nya mugwi w’abantu Duti: “Enda nyabuna rero, nimuzane ivyemezo vyanyu mwisunga mu kubangikanya Imana Allah!”, ntibazoronka n’ico bireguza. Bazoheza rero bamenye ko icemezo c’ukuri ari ikivuye ku Mana Allah, maze bihakane ibangikanyamana, eka n’ivugirwa baziga ku bigirwamana vyabo, nta ryo bazokwigera baronka.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute