Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
056

Al-Waqi'ah 56:25 لا يسمعون فيها لغوا ولا تاثيما ٢٥

56:25
لَا
يَسۡمَعُونَ
فِيهَا
لَغۡوٗا
وَلَا
تَأۡثِيمًا
٢٥
Muri nya Bwami, ntibazokwumva amajambo y’ikinyoma canke ay’imburakimazi;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Reward of the Foremost in Faith

Allah states that the foremost of the close believers are a multitude, a crowd among the earlier generations and a few from the latter generations. There is a difference over the meaning of the first generations and the later generations. Some said that the former

…

The Reward of the Foremost in Faith

Allah states that the foremost of the close believers are a multitude, a crowd among the earlier generations and a

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 56, Page 535, Juz 27

1. Igihe umuhero w’isi wabaye; 2. Ukuba kwawo, nta n’umwe ashobora kuguhakana; 3. Uzota abansi b’Imana Allah mu muriro, uduze abatoni bayo mu Bwami bw’ijuru. 4. Igihe isi yagigimye nya kugigima; 5. Imisozi na yo ikavungagurika nya kuvungagurika; 6. Igacika intumo itumurwa n’umuyaga mu kirere; 7. Maze na mwe ibiremwa mukagaburwa mu migwi itatu; 8. Umugwi w’abantu b’iburyo. Ese icokwereka icubahiro cabo n’indishi bagenewe! 9. Umugwi w’abantu b’ibubamfu. Ese icokwereka amagorwa bagowe n’ibihano bibarindiriye! 10. Hamwe rero n’umugwi w’abahurumbira gukora ivyiza kw’isi, bazotanga abandi mu vyubahiro vyo mu buzima bw’inyuma yo gupfa; 11. Aba rero, ni bo bazoba batonye hambavu y’Imana Allah; 12. Ikazobinjiza mu Bwami bw’ijuru bwuzuye inema. 13. Hazokwinjira muri Bwo, umugwi munini w’abantu bo mu binjana vya mbere mu barungikiwe Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) hamwe n’abandi bantu bo kuva ku gihe ca Adamu; 14. Hamwe rero n’umugwi w’abantu bake mu bakurikiye mu nyuma gushika ku musi w’iherezo; 15. Bazoba bicaye ku bitanda bisharijwe n’inzahabu; 16. Bavyegamiyeko, bicaye barabana; 17. Bazoba bakikujwe n’imisore myiza, ikurakuranwa mu kubazimana, iri mu runganwe rumwe, idasaza, itigera ipfa; 18. Ibahereza ibinyobwa mu bikombe n’amabirika, maze bahabwe n’akarahuri k’inzoga zenzwe mu mazi y’imbizi itemba mu Bwami bw’ijuru; 19. Ntibazosoma nya karahuri ngo bameneke umutwe, eka ntibazonaborerwa ngo umutwe uyayuke, batangure kudedemba bavuga ayamuhe; 20. Ibahereza n’ivyamwa bo bonyene bihitiyemwo; 21. Hamwe n’inyama z’inyoni bo bonyene bipfuza; 22. Bazoba bafiseyo n’abakenyezi bo mu Bwami bw’ijuru barangwa n’ubwiza bw’akataraboneka (Hururayini); 23. Ku bwiza bwa nya bakenyezi, wogira ngo ni lulu zikiri aho zaremewe, zitarakorwako n’iminwe y’abantu; 24. Iyo ni yo mpembo yabo ku vyo bari barakoze kw’isi. 25. Muri nya Bwami, ntibazokwumva amajambo y’ikinyoma canke ay’imburakimazi; 26. Kiretse gusa ijambo riroranye ryeza umutima, n’iryo kuramukanya amahoro.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute