Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
056

Al-Waqi'ah 56:85 ونحن اقرب اليه منكم ولاكن لا تبصرون ٨٥

56:85
وَنَحۡنُ
أَقۡرَبُ
إِلَيۡهِ
مِنكُمۡ
وَلَٰكِن
لَّا
تُبۡصِرُونَ
٨٥
Kandi rero muri ico gihe, Twebwe Allah Tubicishije ku bamalayika, Tuba Turi hafi yiwe cane kurusha uko mumwegereye, ariko rero mwebwe ntimubabona.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

When the Soul reaches the Throat at the Time of Death, it cannot be brought back; this proves Reckon

Allah the Exalted said,

فَلَوْلاَ إِذَا بَلَغَتِ

(Then why do you not (intervene) when it reaches), in reference to the soul,

الْحُلْقُومَ

(Al-Hulqum), i.e., the throat, at the time of death. Allah the Ex

…

When the Soul reaches the Throat at the Time of Death, it cannot be brought back; this proves Reckon

Allah the Exalted said,

فَلَوْلاَ إِذَا بَلَغَتِ

(Th

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 56, Page 537, Juz 27

75. Jewe Allah, Ndarahiye ku bituro inyenyeri zirengerako mu kirere! 76. Iyo rero mu vy’ukuri, ni indahiro koko iyo mumenya uburemere bwayo buhambaye; 77. Mu vy’ukuri, iyi Qor’ani yahishuriwe Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ni Qor’ani yubashwe, irimwo ubumenyi n’ivyiza vyinshi; 78. Yanditswe mu Gitabu gicungerewe n’abamalayika ku Mana Allah, ahatabonwa n’ibiremwa; 79. Nta n’uwugikorako, kiretse abamalayika bubashwe bejejwe ivyaha. Eka mbere nta n’uwugikorako mu biremwa, kiretse abejejwe ibangikanyamana n'ibihumanya bituma umuntu yiyuhagira agatunganya n’isuku ryo gusenga. 80. Iyi Qor’ani, yamanuwe ivuye ku Mana Rurema Allah Yaremye ibiremwa vyose. 81. Mbega none ga babangikanyamana, ni iyi Qor’ani muhakana mwivuye inyuma! 82. Maze mukagira ishimwa ry’inema z’Imana Allah, rikaba uguhakana mwivuye inyuma! 83. Mbega burya igihe umuntu yoba ari ku mpfiro, umutima ugeze mu muhogo agira acikane; 84. Na mwe mukaba ari ho mwibereye muraba ukuntu asambagirika, mwoshobora gutuma adacikana! Muranguha. 85. Kandi rero muri ico gihe, Twebwe Allah Tubicishije ku bamalayika, Tuba Turi hafi yiwe cane kurusha uko mumwegereye, ariko rero mwebwe ntimubabona. 86. Mbega nimwaba mutazoharurirwa ngo muhemberwe ivyo mwakoze; 87. Murashobora gusubiza mu mubiri w’uwapfuye, inkomoko y’ubuzima “Roho” maze akaba muzima nimwaba muri imvugakuri! Muranguha. 88. Uwapfuye rero, iyo ari uwo mu bantu bahurumbira gukora ivyiza, batonye ku Mana Allah; 89. Igihe co gucikana, aba ari mu mpuhwe z’Imana Allah hamwe n’umunezero nta ngere; akazohabwa n’Ubwami bw’ijuru bwuzuye inema. 90. Iyo uwupfuye, ari uwo mu bantu b’iburyo naho; 91. Mu gihe co gucikana abwirwa ati: “Urakagira iteka n’itekane kuba uri mu bantu b’iburyo”. 92. Iyo uwupfuye, ari mu bahakana bivuye inyuma izurwa ry’ibiremwa, bahuvye inzira y’ukuri; 93. Azokwakirwa mu muriro wa Jahannamu, aheze azimanwe amazi yasebuye akaryimara; 94. Maze yinjizwe mu muriro ururumba, aheze awote. 95. Ntumwa y’Imana! Ibi Tukwiganiye, ni kwo kuri koko kudahinyuzwa. 96. Muvugishwamana! Ninahaza izina ry’Imana yawe Rurema Allah ku mazina yayo no ku matazirano yayo, Nyenicubahirogisumbavyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute