Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:103 واعتصموا بحبل الله جميعا ولا تفرقوا واذكروا نعمت الله عليكم اذ كنتم اعداء فالف بين قلوبكم فاصبحتم بنعمته اخوانا وكنتم على شفا حفرة من النار فانقذكم منها كذالك يبين الله لكم اياته لعلكم تهتدون ١٠٣

3:103
وَٱعۡتَصِمُواْ
بِحَبۡلِ
ٱللَّهِ
جَمِيعٗا
وَلَا
تَفَرَّقُواْۚ
وَٱذۡكُرُواْ
نِعۡمَتَ
ٱللَّهِ
عَلَيۡكُمۡ
إِذۡ
كُنتُمۡ
أَعۡدَآءٗ
فَأَلَّفَ
بَيۡنَ
قُلُوبِكُمۡ
فَأَصۡبَحۡتُم
بِنِعۡمَتِهِۦٓ
إِخۡوَٰنٗا
وَكُنتُمۡ
عَلَىٰ
شَفَا
حُفۡرَةٖ
مِّنَ
ٱلنَّارِ
فَأَنقَذَكُم
مِّنۡهَاۗ
كَذَٰلِكَ
يُبَيِّنُ
ٱللَّهُ
لَكُمۡ
ءَايَٰتِهِۦ
لَعَلَّكُمۡ
تَهۡتَدُونَ
١٠٣
Muraheza rero mugumye mwese ata guhesha Igitabu c’Imana Allah ca Qor’ani hamwe n’inyigisho n’imigenzo vy’intumwa, ntimuzohirahire ngo mugire icotuma mucanamwo. Muraheza mwibuke kandi inema y’Imana Allah Yabahundagajeko, igihe mwari abansi bankana urunuka muhigana buhongo, maze Imana Allah Ihuriza imitima yanyu ku kuyikunda no gukunda Intumwa yayo, Inashira urukundo mu mitima yanyu, mushoka muba abavandimwe barangwa n’urukundo bitewe n’ingabirano yayo. Ico gihe mwahakwa kugwa mu muriro wa Jahannamu, Imana Allah Iraheza Iwubarokoramwo, Ibarongora mu bwislamu. Ni nk’uko nyene rero Imana Allah - Yabatomoreye ibiranga ukwemera nya kwemera - Ibatomorera ivyotuma mubaho mu mahirwe, kugira murongoke mu nzira yayo.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Meaning of `Taqwa of Allah

Ibn Abi Hatim recorded that `Abdullah bin Mas`ud commented on the Ayah,

اتَّقُواْ اللَّهَ حَقَّ تُقَاتِهِ

(Have Taqwa of Allah as is His due,)

"That He is obeyed and not defied, remembered and not forgotten and appreciated and not unappreciated." This has an authentic chain of

…

Meaning of `Taqwa of Allah

Ibn Abi Hatim recorded that `Abdullah bin Mas`ud commented on the Ayah,

اتَّقُواْ اللَّهَ حَقَّ تُقَاتِهِ

(Have Taqwa of Allah

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 63, Juz 4

102. Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nimutinye Imana Allah ukuri kwo kuyitinya mu kuyigamburukira mu vyo mukora; muyumvire ata kugabitanya, muyishimire ata kwihakana inema zayo, muyininahaze ata kugotwa, maze mutsimbatare kw’idini ryanyu gushika gupfa. 103. Muraheza rero mugumye mwese ata guhesha Igitabu c’Imana Allah ca Qor’ani hamwe n’inyigisho n’imigenzo vy’intumwa, ntimuzohirahire ngo mugire icotuma mucanamwo. Muraheza mwibuke kandi inema y’Imana Allah Yabahundagajeko, igihe mwari abansi bankana urunuka muhigana buhongo, maze Imana Allah Ihuriza imitima yanyu ku kuyikunda no gukunda Intumwa yayo, Inashira urukundo mu mitima yanyu, mushoka muba abavandimwe barangwa n’urukundo bitewe n’ingabirano yayo. Ico gihe mwahakwa kugwa mu muriro wa Jahannamu, Imana Allah Iraheza Iwubarokoramwo, Ibarongora mu bwislamu. Ni nk’uko nyene rero Imana Allah - Yabatomoreye ibiranga ukwemera nya kwemera - Ibatomorera ivyotuma mubaho mu mahirwe, kugira murongoke mu nzira yayo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute