Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:141 وليمحص الله الذين امنوا ويمحق الكافرين ١٤١

3:141
وَلِيُمَحِّصَ
ٱللَّهُ
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
وَيَمۡحَقَ
ٱلۡكَٰفِرِينَ
١٤١
Ukuneshwa rero ku rugamba rwa Uhudi, kwari ukugira Imana Allah Irobanure abemeye vy’ukuri, Iheze Inagaragaze indyarya muri bo, Yongere kandi Ihonye abagarariji.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Wisdom Behind the Losses Muslims Suffered During Uhud

Allah states to His believing servants who suffered losses in the battle of Uhud, including seventy dead,

قَدْ خَلَتْ مِن قَبْلِكُمْ سُنَنٌ

(137... Many similar ways (and mishaps of life) were faced before you), for the previous nations who foll

…

The Wisdom Behind the Losses Muslims Suffered During Uhud

Allah states to His believing servants who suffered losses in the battle of Uhud, including s

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 68, Juz 4

137. Bemeramana! Aho hambere yanyu, harabaye imigwi y’abantu, abemera muri bo barageragejwe mu kuneshwa igihe bahanganye n’abagarariji, ariko impera n’imperuka bakabatsinda. Kubera ivyo rero, nimugendagende kw’isi mwibuka ivyo, maze mwirabire ivyashikiye abahakanye Imana Allah n’Intumwa zayo . 138. Iyi Qor’ani, ni impanuro ku bantu bose bashaka kurongoka, ikaba n’uburongozi n’urwibutso ku bagamburukiramana. 139. Bemeramana! Ntimugacike intege mu kurwanya umwansi wanyu, kandi ntimukicwe n’intuntu ku vyabashikiye ku rugamba rwa Uhudi, kanatsinda ni mwebwe benintsinzi nimwaba mwemera Imana Allah n’Intumwa yayo, munubahiriza n’amabwirizwa yayo; 140. Nihaba muri mwebwe harimwo abakomeretse canke abishwe ku rugamba rwa Uhudi, ni ukuri ni nk’uko nyene, no mu babangikanyamana harimwo abakomeretse n’abishwe. Burya imisi Twebwe Allah Dukurakuranya hagati y’abantu irasa ntingana; haba umusi wo gutsinda hakaba n’umusi wo gutsindwa, kugira Imana Allah Yerekane ku vyo Isanzwe Izi abemera vy’ukuri, Yongere Yiharire abayipfira muri mwebwe. Burya rero Imana Allah ntikunda namba abirenganya mu kureka guharanira idini ryayo; 141. Ukuneshwa rero ku rugamba rwa Uhudi, kwari ukugira Imana Allah Irobanure abemeye vy’ukuri, Iheze Inagaragaze indyarya muri bo, Yongere kandi Ihonye abagarariji.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute