Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:147 وما كان قولهم الا ان قالوا ربنا اغفر لنا ذنوبنا واسرافنا في امرنا وثبت اقدامنا وانصرنا على القوم الكافرين ١٤٧

3:147
وَمَا
كَانَ
قَوۡلَهُمۡ
إِلَّآ
أَن
قَالُواْ
رَبَّنَا
ٱغۡفِرۡ
لَنَا
ذُنُوبَنَا
وَإِسۡرَافَنَا
فِيٓ
أَمۡرِنَا
وَثَبِّتۡ
أَقۡدَامَنَا
وَٱنصُرۡنَا
عَلَى
ٱلۡقَوۡمِ
ٱلۡكَٰفِرِينَ
١٤٧
Nta n’ico bavuga bari mu bihe bitoroshe kiretse ukwiyambaza Imana Allah bavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Tubabarire ivyaha vyacu hamwe n’ibicumuro twakoze mw’idini tutabizi, Wongere Utsimbataze ibirenge vyacu ntiduhunge umwansi ku rugamba, Unadushoboze gutsinda abantu b’abagarariji bahakana isengwa ryawe n’ubutumwa bw’Intumwa zawe”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Rumor that the Prophet was Killed at Uhud

When Muslims suffered defeat in battle at Uhud and some of them were killed, Shaytan shouted, "Muhammad ﷺ has been killed." Ibn Qami'ah went back to the idolators and claimed, "I have killed Muhammad." Some Muslims believed this rumor and thought that the

…

The Rumor that the Prophet was Killed at Uhud

When Muslims suffered defeat in battle at Uhud and some of them were killed, Shaytan shouted, "Muhammad ﷺ

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 68, Juz 4

146. Hari n’Abavugishwamana benshi b’aho hambere barwaniye Imana Allah bari kumwe n’imigwi y’abigishwa babo, ntibigeze bacika intege ku vyabashikiye bagakomereka canke bakicwa, kandi ntibigeze bananirwa canke ngo bishikane ku mwansi, burya Imana Allah Irakunda abihangana; 147. Nta n’ico bavuga bari mu bihe bitoroshe kiretse ukwiyambaza Imana Allah bavuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Tubabarire ivyaha vyacu hamwe n’ibicumuro twakoze mw’idini tutabizi, Wongere Utsimbataze ibirenge vyacu ntiduhunge umwansi ku rugamba, Unadushoboze gutsinda abantu b’abagarariji bahakana isengwa ryawe n’ubutumwa bw’Intumwa zawe”. 148. Ni ho rero Imana Allah Yaha abo bihanganye bakiri kw’isi, indishi yabo yo gutsinda umwansi no gutsimbatara kw’isi, Ikazobaha n’indishi ishemeye y’Ubwami bw’ijuru mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Burya rero Imana Allah Irakunda abagwaneza mu kwitonesha kuri Yo no mu kibano.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute