Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:153 ۞ اذ تصعدون ولا تلوون على احد والرسول يدعوكم في اخراكم فاثابكم غما بغم لكيلا تحزنوا على ما فاتكم ولا ما اصابكم والله خبير بما تعملون ١٥٣

3:153
۞ إِذۡ
تُصۡعِدُونَ
وَلَا
تَلۡوُۥنَ
عَلَىٰٓ
أَحَدٖ
وَٱلرَّسُولُ
يَدۡعُوكُمۡ
فِيٓ
أُخۡرَىٰكُمۡ
فَأَثَٰبَكُمۡ
غَمَّۢا
بِغَمّٖ
لِّكَيۡلَا
تَحۡزَنُواْ
عَلَىٰ
مَا
فَاتَكُمۡ
وَلَا
مَآ
أَصَٰبَكُمۡۗ
وَٱللَّهُ
خَبِيرُۢ
بِمَا
تَعۡمَلُونَ
١٥٣
Ngendanyi z’Intumwa! Nimwibuke n’igihe mwahungira abansi banyu ku musozi ata wukebuka ngo arabe uwundi kubera ubwoba, Intumwa na yo ku rundi ruhande, ibahamagarira kugaruka ku rugamba, ntimwaheza ngo muyitabe, gutyo Imana Allah Ibahanisha agahinda ku kandi, kugira ngo ntimwicwe n’intuntu itewe no kubura intsinzi n’iminyago, no kugira kandi ntimwicwe n’intuntu ku vyabashikiye mu gutekerwa n’ubwoba no kuneshwa. Burya Imana Allah ni Muhetuziwavyose, Irazi neza ivyo mukora vyose, kandi Izobibahembera;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Prohibition of Obeying the Disbelievers; the Cause of Defeat at Uhud

Allah warns His believing servants against obeying the disbelievers and hypocrites, because such obedience leads to utter destruction in this life and the Hereafter. This is why Allah said,

إِن تُطِيعُواْ الَّذِينَ كَفَرُواْ يَرُ

…

The Prohibition of Obeying the Disbelievers; the Cause of Defeat at Uhud

Allah warns His believing servants against obeying the disbelievers and hypocr

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 69, Juz 4

152. Ngendanyi z’Intumwa! Ni ukuri, Imana Allah Yarabashiriye mu ngiro isezerano Yabahaye ry’intsinzi, igihe mwica abagarariji ku rugamba rwa Uhudi ku burenganzira bwayo. Aho rero mucikiye intege mugacanamwo ku vyerekeye iyubahirizwa y’ingingo yuko ingabo zirasa imyampi zoguma mu bibanza vyazo, canke zoja kwegeranya iminyago hamwe n’abandi, gutyo muba murenze kw’itegeko ry’Intumwa yanyu ryo kuguma mu bibanza vyanyu uko vyoba kwose. Ivyo bikaba vyaratumye muneshwa inyuma y’aho Imana Allah Yari Imaze kubereka intsinzi mukunda, aho bikaba vyarabonetse ko muri mwebwe harimwo abashaka iminyago, n’uko harimwo abashaka indishi zo mu buzima bw’inyuma yo gupfa. Ni ho rero mu nyuma yo kuneshwa, Imana Allah Yabakebanura Ikabakurako umwansi kugira Ibagerageze, ni ukuri Imana Allah Yarumvise ukwigaya kwanyu, Iraheza Irabababarira, burya rero Imana Allah, ni Nyeningabirano ku bemeramana. 153. Ngendanyi z’Intumwa! Nimwibuke n’igihe mwahungira abansi banyu ku musozi ata wukebuka ngo arabe uwundi kubera ubwoba, Intumwa na yo ku rundi ruhande, ibahamagarira kugaruka ku rugamba, ntimwaheza ngo muyitabe, gutyo Imana Allah Ibahanisha agahinda ku kandi, kugira ngo ntimwicwe n’intuntu itewe no kubura intsinzi n’iminyago, no kugira kandi ntimwicwe n’intuntu ku vyabashikiye mu gutekerwa n’ubwoba no kuneshwa. Burya Imana Allah ni Muhetuziwavyose, Irazi neza ivyo mukora vyose, kandi Izobibahembera;

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute