Ali 'Imran 3:156 يا ايها الذين امنوا لا تكونوا كالذين كفروا وقالوا لاخوانهم اذا ضربوا في الارض او كانوا غزى لو كانوا عندنا ما ماتوا وما قتلوا ليجعل الله ذالك حسرة في قلوبهم والله يحيي ويميت والله بما تعملون بصير ١٥٦
يَٰٓأَيُّهَا
ٱلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
لَا
تَكُونُواْ
كَٱلَّذِينَ
كَفَرُواْ
وَقَالُواْ
لِإِخۡوَٰنِهِمۡ
إِذَا
ضَرَبُواْ
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
أَوۡ
كَانُواْ
غُزّٗى
لَّوۡ
كَانُواْ
عِندَنَا
مَا
مَاتُواْ
وَمَا
قُتِلُواْ
لِيَجۡعَلَ
ٱللَّهُ
ذَٰلِكَ
حَسۡرَةٗ
فِي
قُلُوبِهِمۡۗ
وَٱللَّهُ
يُحۡيِۦ
وَيُمِيتُۗ
وَٱللَّهُ
بِمَا
تَعۡمَلُونَ
بَصِيرٞ
١٥٦
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Ntimukabe nk’abagararije Imana Allah, iyo benewabo bafashe urugendo rwo kurondera icobabeshaho, maze bagapfa; canke bakicwa mu gihe bajanye n’abarwanira idini ry’Imana Allah, bashoka bavuga bati: “Iyo badafata urugendo canke iyo bataja ku rugamba, bagaheza bakagumana na twe, ntibari gupfa; eka ntibari no kwicwa”. Iryo jambo baryatuye ku rurimi, kugira Imana Allah Irigire imvo y’umubabaro n’agahinda mu mitima yabo, mu gihe abemeramana bazi neza ko ibibashikira vyose, biba vyaragezwe n’Imana Allah. Kira noneho rero, Imana Allah Iha ubuzima uwo Yabugeneye n’aho yoba ari ku rugendo canke ku rugamba; Ikabwaka uwashikiwe n’umusi w’urupfu rwiwe, n’aho yoba ari mu muryango wiwe. Burya Imana Allah Irabona neza ivyo mukora vyose, ni Nyenukubona.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Prohibiting the Ideas of the Disbeleivers about Death and Predestination
Allah forbids His believing servants from the disbelievers' false creed, seen in their statement about those who died in battle and during travel; "Had they abandoned these trips, they would not have met their demise." Allah sai
…Prohibiting the Ideas of the Disbeleivers about Death and Predestination
Allah forbids His believing servants from the disbelievers' false creed, seen
…