Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:183 الذين قالوا ان الله عهد الينا الا نومن لرسول حتى ياتينا بقربان تاكله النار قل قد جاءكم رسل من قبلي بالبينات وبالذي قلتم فلم قتلتموهم ان كنتم صادقين ١٨٣

3:183
ٱلَّذِينَ
قَالُوٓاْ
إِنَّ
ٱللَّهَ
عَهِدَ
إِلَيۡنَآ
أَلَّا
نُؤۡمِنَ
لِرَسُولٍ
حَتَّىٰ
يَأۡتِيَنَا
بِقُرۡبَانٖ
تَأۡكُلُهُ
ٱلنَّارُۗ
قُلۡ
قَدۡ
جَآءَكُمۡ
رُسُلٞ
مِّن
قَبۡلِي
بِٱلۡبَيِّنَٰتِ
وَبِٱلَّذِي
قُلۡتُمۡ
فَلِمَ
قَتَلۡتُمُوهُمۡ
إِن
كُنتُمۡ
صَٰدِقِينَ
١٨٣
Abo bayahudi igihe bahamagarirwa kuba abislamu, bavuze bati: “Imana Allah Yaduhaye isezerano muri Tawurati ry’uko tutemera uwuzoza avuga ko ari Intumwa, gushika atuzaniye imperezwa yo kwiyegereza Imana Allah, hashoke haza umuriro uturutse mw’ijuru, maze uturire nya mperezwa”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Mwanguha! Ntaco mwigovyora, kuko mwarungikiwe Intumwa aho hambere yanje ziza zifise ivyemezo n’ibitangaro vyemeza ko ari Intumwa vy’ukuri, zifise na nya mperezwa yaturiwe n’umuriro nk’uko mwabivuze, none ni kuki ba so bazishe nimwaba muri imvugakuri ku biri muri Tawurati!”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Allah Warns the Idolators

Sa`id bin Jubayr said that Ibn `Abbas said, "When Allah's statement,

مَّن ذَا الَّذِى يُقْرِضُ اللَّهَ قَرْضًا حَسَنًا فَيُضَاعِفَهُ لَهُ أَضْعَافًا كَثِيرَةً

(Who is he that will lend to Allah a goodly loan so that He may multiply it to him many times) 2:245 was revealed,

…

Allah Warns the Idolators

Sa`id bin Jubayr said that Ibn `Abbas said, "When Allah's statement,

مَّن ذَا الَّذِى يُقْرِضُ اللَّهَ قَرْضًا حَسَنًا فَيُض
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 74, Juz 4

181. Ni ukuri Imana Allah Yaramaze kwumva ijambo ry’abayahudi bavuze bati: “Mu vy’ukuri Imana Allah Irakenye, ni na co gituma Idusaba kuyigurana, ni twebwe rero dutunze”. Twebwe Allah Tuzokwandika iryo jambo bavuze, Twandike n’iyicwa ry’Abavugishwamana bishe ku karenganyo. Tuzonabibahanira Dushoke Tubabwira bari mu muriro Duti: “Nimuhonje rero ibihano vy’umuriro ururumba, uturira; 182. Ivyo bihano rero vyabashikiye, vyatewe n’ibicumuro mwakoze kw'isi mu mvugo n’ingiro no mu kwemera ibintazi; n’uko Imana Allah Itigera Irenganya n’umwe mu biremwa, mu kugabanywa ku vyiza canke mu kurengerezwa ku vyaha, n’aho koba akantu kangana n’inzatsa Izokamuhembera". 183. Abo bayahudi igihe bahamagarirwa kuba abislamu, bavuze bati: “Imana Allah Yaduhaye isezerano muri Tawurati ry’uko tutemera uwuzoza avuga ko ari Intumwa, gushika atuzaniye imperezwa yo kwiyegereza Imana Allah, hashoke haza umuriro uturutse mw’ijuru, maze uturire nya mperezwa”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Mwanguha! Ntaco mwigovyora, kuko mwarungikiwe Intumwa aho hambere yanje ziza zifise ivyemezo n’ibitangaro vyemeza ko ari Intumwa vy’ukuri, zifise na nya mperezwa yaturiwe n’umuriro nk’uko mwabivuze, none ni kuki ba so bazishe nimwaba muri imvugakuri ku biri muri Tawurati!”. 184. Nibaramuka baguhakanye bakakugarariza bivuye inyuma, si wewe rero uzoba ubaye uwa mbere, ni ukuri aho hambere yawe haragararijwe Intumwa nyinshi, zaje zifise ibitangaro n’ivyemezo bigaragara, zibangikanije n’Imizingo irimwo inyigisho hamwe n’Ibitabu bitomora inzira y’ukuri.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute