Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:189 ولله ملك السماوات والارض والله على كل شيء قدير ١٨٩

3:189
وَلِلَّهِ
مُلۡكُ
ٱلسَّمَٰوَٰتِ
وَٱلۡأَرۡضِۗ
وَٱللَّهُ
عَلَىٰ
كُلِّ
شَيۡءٖ
قَدِيرٌ
١٨٩
Imana Allah ni Yo Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo, burya Imana Allah ni na Yo Mushoboravyose.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Chastising the People of the Scriptures for Breaking the Covenant and Hiding the Truth

In this Ayah, Allah chastises the People of the Scriptures, from whom Allah took the covenant by the words of their Prophets, that they would believe in Muhammad ﷺ and describe him to the people, so that they would

…

Chastising the People of the Scriptures for Breaking the Covenant and Hiding the Truth

In this Ayah, Allah chastises the People of the Scriptures, from

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 75, Juz 4

187. Ntumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Imana Allah Yaha isezerano abahawe Igitabu Iti: “Mutegerezwa gushira mu ngiro amabwirizwa yacu ari muri Tawurati no mu Njili mwongere munayigishe abantu, kandi ntimuzohirahire ngo muyanyegeze”, baraheza bata nya sezerano inyuma y’umugongo ntibaryubahiriza, bariguza ibintu vy’igiciro gito cane mu bihendamaso vy’isi, kugira banyegeze canke bahindagure ukuri kuri muri nya Gitabu, iryo rero ni ryo guza ribi cane. 188. Ntiwiyumvire ko abanezerezwa n’ibibi bakora bagakunda no gushimwa n’abantu ku vyo batakoze, bazokira ibihano vy’Imana Allah kw’isi. Baranategekanirijwe ibihano bibabaza cane mu buzima bw’inyuma yo gupfa . 189. Imana Allah ni Yo Nyenubwami Igaba Ikaganza amajuru n’isi n’ibiri muri vyo, burya Imana Allah ni na Yo Mushoboravyose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute