Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
003

Ali 'Imran 3:91 ان الذين كفروا وماتوا وهم كفار فلن يقبل من احدهم ملء الارض ذهبا ولو افتدى به اولايك لهم عذاب اليم وما لهم من ناصرين ٩١

3:91
إِنَّ
ٱلَّذِينَ
كَفَرُواْ
وَمَاتُواْ
وَهُمۡ
كُفَّارٞ
فَلَن
يُقۡبَلَ
مِنۡ
أَحَدِهِم
مِّلۡءُ
ٱلۡأَرۡضِ
ذَهَبٗا
وَلَوِ
ٱفۡتَدَىٰ
بِهِۦٓۗ
أُوْلَٰٓئِكَ
لَهُمۡ
عَذَابٌ
أَلِيمٞ
وَمَا
لَهُم
مِّن
نَّٰصِرِينَ
٩١
Mu vy’ukuri, abahakanye bivuye inyuma ubutumwa bwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bagapfa bakigarariza Imana Allah n’Intumwa yayo, ku musi w’izuka nta n’umwe muri bo azokwemererwa gutanga inzahabu zuzuye isi yose kugira yigombore mu bihano vy’Imana Allah, n’aho yoba ashoboye koko kuzitanga mu kwigombora, abo ni bo rero bategekanirijwe ibihano bibabaza cane, eka mbere ntibazoronka ababatabara mu kubakingira ibihano vy’Imana Allah.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Neither Repentance of the Disbeliever Upon Death, Nor His Ransoming Himself on the Day of Resurrection Shall be Accepted

Allah threatens and warns those who revert to disbelief after they believed and who thereafter insist on disbelief until death. He states that in this case, no repentance shall be

…

Neither Repentance of the Disbeliever Upon Death, Nor His Ransoming Himself on the Day of Resurrection Shall be Accepted

Allah threatens and warns thos

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 3, Page 61, Juz 3

86. Ni gute Imana Allah Yorongora abantu bagararije Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) inyuma y’aho bamwemeye bakanemeza ata guhigimanga ko ubutumwa bwayo ari ubw’ukuri, bakanashikirwa n’ivyemezo vyerekana ko ivyo ari kwo kuri! Burya Imana Allah ntirongora abantu birenganya mu kugarariza ukuri bagahitamwo ikinyoma; 87. Abo ni bo rero, indishi yabo ari ivumwe rivuye ku Mana Allah, ivumwe ry’abamalayika n’iry’abantu bose; 88. Bazoguma muri nya mivumo nyene no mu muriro ibihe bidahera, ntibazotezurirwa na gato mu bihano ngo baruhuke, eka mbere bobo ntibazohabwa agahengwe ngo biregure ku vyaha bakoze; 89. Kiretse abagarutse ku Mana Allah bakigaya bikwiye inyuma yo kugarariza, bagaheza bakanatunganya ivyo bononye ku kwigaya, abo rero mu vy’ukuri Imana Allah Izobakirira ukwigaya kwabo, ni Nyenikigongwe-ntangere, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 90. Mu vy’ukuri, abagararije inyuma y’ukwemera kwabo bakanatsimbatara ku bugarariji gushika guhwera, ntibazokwakirirwa ukwigaya kwabo bari ku mpfiro, abo ni na bo rero bahuvye inzira y’Imana Allah. 91. Mu vy’ukuri, abahakanye bivuye inyuma ubutumwa bwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), bagapfa bakigarariza Imana Allah n’Intumwa yayo, ku musi w’izuka nta n’umwe muri bo azokwemererwa gutanga inzahabu zuzuye isi yose kugira yigombore mu bihano vy’Imana Allah, n’aho yoba ashoboye koko kuzitanga mu kwigombora, abo ni bo rero bategekanirijwe ibihano bibabaza cane, eka mbere ntibazoronka ababatabara mu kubakingira ibihano vy’Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute