Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
078

An-Naba 78:2 عن النبا العظيم ٢

78:2
عَنِ
ٱلنَّبَإِ
ٱلۡعَظِيمِ
٢
Babazanya ku nkuru ihambaye y’umusi w’izuka ry’ibiremwa, ivugwa muri Qor’ani ntagatifu;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَـنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Beneficent, the Most Merciful.

Refutation against the Idolators' Denial of the Occurrence of the Day of Judgement

In rejection of the idolators' questioning about the Day of Judgement, due to their denial

…

Which was revealed in Makkah

بِسْمِ اللَّهِ الرَّحْمَـنِ الرَّحِيمِ

In the Name of Allah, the Most Beneficent, the Most Merciful.

Refutation against the

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 78, Page 582, Juz 30

1. Ababangikanyamana, babazanya ku nkuru nyabaki? 2. Babazanya ku nkuru ihambaye y’umusi w’izuka ry’ibiremwa, ivugwa muri Qor’ani ntagatifu; 3. Ari yo badahurizako bigatuma bayihakana bivuye inyuma. 4. Nibateshwe bate, barahumba! Bitebe bitebuke, bazomenya ukuri kw’iyo nkuru igihe babonye inkurikizi z’igarariza ryabo ku musi w’izuka. 5. Eka, nibateshwe bate, barahumba! Kandi nibageze aho uguhakana! Bitebe bitebuke, bazomenya ukuri kwa Qor’ani n’ukw’izuka rivugwa muri yo. 6. Mbega Twebwe Allah, ntitwagize isi nk’isaso! 7. Tugira n’imisozi nk’imambo ziyigumya! 8. Tubaremamwo imigwi ibiri; igitsina-gabo n’igitsina-gore! 9. Tugira n’itiro ryanyu kuba uburuhuro bw’umubiri n’umutima! 10. Tugira n’ijoro kuba nk’impuzu ipfuka umubiri, iyo umwijima waryo ubanyegeje! 11. Tugira n’umurango kuba umwanya wo kurondera ikibabeshaho! 12. Twubaka n’amajuru indwi akomakomeye mu kirere hejuru yanyu! 13. Tugira n’izuba riba nk’itara ribasusurutsa! 14. Tumanura n’amazi menshi y’imvura ava mu bicu; 15. Kugira Tuyanagishe imbuto zifungurwa n’abantu, n’ivyatsi birishwa n’ibikoko; 16. N’amashamba atotahaye, arimwo ibiti vy’amashami azitanye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute