Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
027

An-Naml 27:16 وورث سليمان داوود وقال يا ايها الناس علمنا منطق الطير واوتينا من كل شيء ان هاذا لهو الفضل المبين ١٦

27:16
وَوَرِثَ
سُلَيۡمَٰنُ
دَاوُۥدَۖ
وَقَالَ
يَٰٓأَيُّهَا
ٱلنَّاسُ
عُلِّمۡنَا
مَنطِقَ
ٱلطَّيۡرِ
وَأُوتِينَا
مِن
كُلِّ
شَيۡءٍۖ
إِنَّ
هَٰذَا
لَهُوَ
ٱلۡفَضۡلُ
ٱلۡمُبِينُ
١٦
Sulayimani yatoranye kwa se Dawudi ubutumwa, ubumenyi n’ubwami, araheza avuga abwira abantu biwe ati: “Emwe bantu! Twigishijwe gutahura ibivugwa n’inyoni, maze duhabwa n’ububasha bwo gukora ico twipfuza. Mu vy’ukuri, iyi ni yo mpano itomoye iduhesha icubahiro gusumba abandi”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Dawud and Sulayman (peace be upon them), the organization of Sulayman's Troops and His passage through the Valley of the Ants

Here Allah tells us about the great blessings and favors which He bestowed upon two of His servants and Prophets, Dawud (David) and his son Sulayman (Solomon), peace be upon t

…

Dawud and Sulayman (peace be upon them), the organization of Sulayman's Troops and His passage through the Valley of the Ants

Here Allah tells us about

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 27, Page 378, Juz 19

15. Ni ukuri Twebwe Allah, Twarahaye Dawudi n’umuhungu wiwe Sulayimani ubumenyi, baraheza barabugendera koko, baca baravuga bompi bashima bati: “Ishimagizwa, ni iry’Imana Allah Yaduteye iteka, Ikaduhesha n’icubahiro gisumba ica benshi mu baja bayo b’abemeramana”. 16. Sulayimani yatoranye kwa se Dawudi ubutumwa, ubumenyi n’ubwami, araheza avuga abwira abantu biwe ati: “Emwe bantu! Twigishijwe gutahura ibivugwa n’inyoni, maze duhabwa n’ububasha bwo gukora ico twipfuza. Mu vy’ukuri, iyi ni yo mpano itomoye iduhesha icubahiro gusumba abandi”. 17. Sulayimani yaregeranirijwe ingabo ziwe mu majini, mu bantu no mu nyoni, zamugendanira aho agiye. Hamwe n’ubwinshi bwazo rero, umugwi wose wari ufise intwazangabo iwurongoye ikanawutondeka neza; 18. Izo ngabo rero, zaragiye gushika n’aho zica mu kabande k’ubunyegeri, maze akanyegeri kamwe muri two kavuga kaburira ubundi gati: “Mwa bunyegeri mwe! Nimwinjire mu macumbi yanyu, kugira Sulayimani n’ingabo ziwe ntibahave babahonyanga batazi ko muri ng’aha”. 19. Sulayimani yumvise ukuntu ako kanyegeri kaburiye ubundi bunyegeri, yaramwenyuye yibutse inema yahawe, aca avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Nshoboza gushima inema zawe Wampaye n’izo Wahaye abavyeyi banje, Unshoboze no gukora ibikorwa vyiza bigushimisha, Wongere Unshire ku mpuhwe zawe mu Bwami bwawe bw’ijuru bwuzuye inema, ndi kumwe n’abaja bawe b’aberanda”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute