Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
027

An-Naml 27:39 قال عفريت من الجن انا اتيك به قبل ان تقوم من مقامك واني عليه لقوي امين ٣٩

27:39
قَالَ
عِفۡرِيتٞ
مِّنَ
ٱلۡجِنِّ
أَنَا۠
ءَاتِيكَ
بِهِۦ
قَبۡلَ
أَن
تَقُومَ
مِن
مَّقَامِكَۖ
وَإِنِّي
عَلَيۡهِ
لَقَوِيٌّ
أَمِينٞ
٣٩
Igihangange mu Majini cavuze giti: “Jewe, ndashoboye kuyikuzanira imbere yuko uhaguruka mu cicaro cawe co gutunganiriza abantu, kandi jewe mu vy’ukuri ndafise inguvu zo kuyishikana ng’aha ata cononekaye, ndi n’umwizigirwa”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

How the Throne of Bilqis was brought in an Instant

Muhammad bin Ishaq reported from Yazid bin Ruman: "When the messengers returned with word of what Sulayman said, she said: `By Allah, I knew he was more than a king, and that we have no power to match him, and that we can gain nothing by being stubbo

…

How the Throne of Bilqis was brought in an Instant

Muhammad bin Ishaq reported from Yazid bin Ruman: "When the messengers returned with word of what Su

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 27, Page 380, Juz 19

38. Sulayimani yabwiye abari ng’aho mu ngabo ziwe ati: “Ni nde muri mwebwe yonzanira ng’aha intebe y’inganji y’uyu mwamikazi, imbere yuko abantu bo muri Saba-i n’umwamikazi wabo baza iwanje bicishije bugufi, ari abislamu?”. 39. Igihangange mu Majini cavuze giti: “Jewe, ndashoboye kuyikuzanira imbere yuko uhaguruka mu cicaro cawe co gutunganiriza abantu, kandi jewe mu vy’ukuri ndafise inguvu zo kuyishikana ng’aha ata cononekaye, ndi n’umwizigirwa”. 40. Uwahawe ubumenyi bw’Igitabu yavuze ati: “Jewe, ndashoboye kuyikuzanira imbere yuko ukubita urugohe”. Sulayimani yapfuye kumurekurira, aca asaba Imana Allah ubwo nyene aba yashikanye ng’aho nya ntebe y’inganji. Sulayimani amaze kubona ya ntebe iri iwe, yaciye avuga ati: “Iyi, ni mu mpano z’Imana yanje Rurema Allah Impa, kugira Ingerageze ko nshima canke ngarariza mu kudashima! Burya uwushimiye Imana Allah, ni ukuri aba ashimye ku neza yiwe; nayo uwugararije mu kutayishimira, burya Imana yanje Rurema Allah, ni Uwikenuye, Yikenuye muri vyose; Mugiraneza, Iha ico Ishatse uwo Ishatse mu buryo Ishatse”. 41. Ni ho rero Sulayimani yaca avuga ati: “Nimuyoberanye intebe y’inganji y’uyo mwamikazi, maze turabe ko ahava amenya ko ari iyiwe canke ko atari iyiwe”. 42. Wa mwamikazi wa Saba-i amaze gushika kwa Sulayimani, yabajijwe ati: “Mbega intebe y’inganji yawe yoba imeze nk’ukwo?”. Wa mwamikazi yishura ati: “Mbona isa nkayo!”. Ni ho rero Sulayimani yatahura ko nya mwamikazi yamaze kumenya ububasha bw’Imana Allah, aca avuga ati: “Twari twahawe kumenya ububasha bw’Imana Allah imbere yuko nya mwamikazi abumenya, turaheza twicisha bugufi tuba abislamu”. 43. Icabujije nya mwamikazi gusenga Imana Imwe Rudende Allah, ni uko yasenga mu gishingo cayo ibigirwamana kuko yakuriye mu bagarariji, ahandi ho nya mwamikazi yari ashoboye gutandukanya ukuri n’ikinyoma. 44. Nya mwamikazi yabwiwe ati: “Shika winjire rero mu kirimba”. Nya kirimba cari gishashwe n’ibiyo bibonerana hasi, musi yavyo hatemba amazi. Nya mwamikazi abonye nya biyo bishashe hasi, yibwiye ko ari amazi, aca akutsa impuzu kugira ayacemwo; Sulayimani amubonye, aca amubwira ati: “Ivyo, ni ibiyo bibonerana bishashe hasi, amazi aca musi yavyo”. Ni ho rero nya mwamikazi yatahura ko ubwami bwa Sulayimani buhambaye, maze aca avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Jewe mu vy’ukuri narirenganije mu kukubangikanya, nicishije bugufi rero mu gukurikira hamwe na Sulayimani idini ry’ubwislamu, idini ry’Imana Rurema Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute