An-Naml 27:44 قيل لها ادخلي الصرح فلما راته حسبته لجة وكشفت عن ساقيها قال انه صرح ممرد من قوارير قالت رب اني ظلمت نفسي واسلمت مع سليمان لله رب العالمين ٤٤
قِيلَ
لَهَا
ٱدۡخُلِي
ٱلصَّرۡحَۖ
فَلَمَّا
رَأَتۡهُ
حَسِبَتۡهُ
لُجَّةٗ
وَكَشَفَتۡ
عَن
سَاقَيۡهَاۚ
قَالَ
إِنَّهُۥ
صَرۡحٞ
مُّمَرَّدٞ
مِّن
قَوَارِيرَۗ
قَالَتۡ
رَبِّ
إِنِّي
ظَلَمۡتُ
نَفۡسِي
وَأَسۡلَمۡتُ
مَعَ
سُلَيۡمَٰنَ
لِلَّهِ
رَبِّ
ٱلۡعَٰلَمِينَ
٤٤
Nya mwamikazi yabwiwe ati: “Shika winjire rero mu kirimba”. Nya kirimba cari gishashwe n’ibiyo bibonerana hasi, musi yavyo hatemba amazi. Nya mwamikazi abonye nya biyo bishashe hasi, yibwiye ko ari amazi, aca akutsa impuzu kugira ayacemwo; Sulayimani amubonye, aca amubwira ati: “Ivyo, ni ibiyo bibonerana bishashe hasi, amazi aca musi yavyo”. Ni ho rero nya mwamikazi yatahura ko ubwami bwa Sulayimani buhambaye, maze aca avuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Jewe mu vy’ukuri narirenganije mu kukubangikanya, nicishije bugufi rero mu gukurikira hamwe na Sulayimani idini ry’ubwislamu, idini ry’Imana Rurema Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose”.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
The Test of Bilqis
When Sulayman brought the throne of Bilqis before she and her people arrived, he issued orders that some of its features should be altered, so that he could test her and see whether she recognized it and how composed she would be when she saw it. Would she hasten to say either that
…The Test of Bilqis
When Sulayman brought the throne of Bilqis before she and her people arrived, he issued orders that some of its features should be a
…