Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
027

An-Naml 27:85 ووقع القول عليهم بما ظلموا فهم لا ينطقون ٨٥

27:85
وَوَقَعَ
ٱلۡقَوۡلُ
عَلَيۡهِم
بِمَا
ظَلَمُواْ
فَهُمۡ
لَا
يَنطِقُونَ
٨٥
Ibihano rero bizoheza bibagire kuko birenganije mu buhakanyi, ntibazonaronka n’ico bavuga mu kwiregura ngo bakurweko nya bihano.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Gathering the Wrongdoers on the Day of Resurrection

Allah tells us about the Day of Resurrection when the wrongdoers who disbelieved in the signs and Messengers of Allah will be gathered before Allah, so that He will ask them about what they did in this world, rebuking, scolding and belittling them.

و
…

Gathering the Wrongdoers on the Day of Resurrection

Allah tells us about the Day of Resurrection when the wrongdoers who disbelieved in the signs and M

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 27, Page 384, Juz 20

83. Umusi rero Twebwe Allah, Twegeranirije hamwe abantu bahakana bivuye inyuma Aayah zacu, bavuye mu mugwi umwumwe warungikiwe Intumwa, maze bagashorerwa kugira baharurirwe; 84. Gushika aho begeranirizwa hamwe, maze Imana Allah Ibabwire Iti: “Mbega mwarahakanye mwivuye inyuma Aayah zanje Narungikanye Intumwa, muhakana n’ivyemezo hamwe n’ibitangaro Naberetse vyerekana ko ari Jewe Nkwiye gusengwa Ntabangikanywa, ivyo vyose rero ntimwari mwabihetuye mu bumenyi bwemeza ko atari ivy’ukuri, mbega hoho mwahoze mukora iki!”; 85. Ibihano rero bizoheza bibagire kuko birenganije mu buhakanyi, ntibazonaronka n’ico bavuga mu kwiregura ngo bakurweko nya bihano. 86. Mbega abahakanye Aayah zacu za Qor’ani, ntibabonye ko Twebwe Allah Twabagiriye ijoro kugira baturure, baheze baruhuke; Tukanabagirira umurango kuba habona kugira barondere icorirenza! Mu vy’ukuri, muri ukwo gukurakuranwa kw’ijoro n’umurango, ni ukuri harimwo ivyemezo ku bantu bemera ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, bagaheza bakayisenga ari Imwe Rudende.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute