Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
027

An-Naml 27:88 وترى الجبال تحسبها جامدة وهي تمر مر السحاب صنع الله الذي اتقن كل شيء انه خبير بما تفعلون ٨٨

27:88
وَتَرَى
ٱلۡجِبَالَ
تَحۡسَبُهَا
جَامِدَةٗ
وَهِيَ
تَمُرُّ
مَرَّ
ٱلسَّحَابِۚ
صُنۡعَ
ٱللَّهِ
ٱلَّذِيٓ
أَتۡقَنَ
كُلَّ
شَيۡءٍۚ
إِنَّهُۥ
خَبِيرُۢ
بِمَا
تَفۡعَلُونَ
٨٨
Uzobona imisozi, maze wiyumvire ko ihagaze bwuma kandi iriko iragenda bukebuke nk’igenda ry’ibicu bisunitswe n’umuyaga; ico, ni igikorwa c’Imana Allah Yo Yaremye ikintu cose, maze Ikakiringaniza neza. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Muhetuziwavyose, Irazi neza ivyo mugira vyose, kandi Izobibahembera.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Terrors of the Day of Resurrection, the Rewards for Good Deeds and the Punishments for Evil Deed

Allah tells us about the terrors of the Day when the Sur will be blown. The Sur, as described in the Hadith, is,

«قَرْنٌ يُنْفَخُ فِيه»

(a horn which is blown into.) According to the Hadith about the Su

…

The Terrors of the Day of Resurrection, the Rewards for Good Deeds and the Punishments for Evil Deed

Allah tells us about the terrors of the Day when t

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 27, Page 384, Juz 20

87. Ntumwa y’Imana! Ibuka umusi umumalayika yavugije inzamba, maze ibiremwa biri mu majuru n’ibiri mw’isi bigatekerwa n’ubwoba havuyemwo uwo Imana Allah Ishatse Ikamutekanisha, ibiremwa vyose rero bizoja ku Mana Allah vyicishije bugufi. 88. Uzobona imisozi, maze wiyumvire ko ihagaze bwuma kandi iriko iragenda bukebuke nk’igenda ry’ibicu bisunitswe n’umuyaga; ico, ni igikorwa c’Imana Allah Yo Yaremye ikintu cose, maze Ikakiringaniza neza. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Muhetuziwavyose, Irazi neza ivyo mugira vyose, kandi Izobibahembera. 89. Abazoza rero ku musi w’izuka baremeye Imana Imwe Rudende Allah, bakaba baranakoze n’ivyiza bitegetswe, bazoheza bahabwe n’Imana Allah indishi nziza ihambaye y’Ubwami bw’ijuru, kandi bobo bazoba batekanye kuri uwo musi ibiremwa bizotekerwa n’ubwoba. 90. Nayo abazoza kuri nya musi barabangikanije Imana Allah, bakaba baranakoze n’ivyaha, bazoheza batabwe mu muriro bubitse inda, hanyuma babwirwe ku gashinyaguro n'akantu bati: “Mbega mugira ngo murahembwa kiretse ku vyo mwakoze kw’isi!”. 91. Ntumwa y’Imana! Bwira abantu bose uti: “Ni ukuri, nategetswe gusenga Imana Rurema w’iki gisagara ca Makka, Imana Allah Yaziririje ku biremwa ko, nya gisagara giseserwamwo amaraso ku karenganyo, ko hatagira n’umwe akirenganirizwamwo, ko ata gihigwa c’aho gihigirwamwo, canke ngo hagire igiti c’aho cicirirwamwo, ni na Yo Nyeningingo ku kintu cose. Naranategetswe no kuba ndi mu bislamu bicisha bugufi mu kwubahiriza amabwirizwa; 92. Nategetswe no gusomera abantu Qor’ani”. Kubera ivyo rero, uwuzotumbera inzira igororotse akagendera Qor’ani, ni ukuri ni we nyene bizogirira akamaro; nayo uwuzohuba iyo nzira akaba intumva, Ntumwa y’Imana! Uraheza umubwire uti: “Ni ukuri jewe, ndi mu bagabisha ku bihano vy’Imana Allah, sinjejwe kubahatira kwemera”. 93. Ntumwa y’Imana! Uraheza rero uvuge uti: “Ishimagizwa, ni iry’Imana Allah, Yo Izoheza Ikabereka Aayah n’ivyemezo vyayo muri mwebwe nyene no mw’ijuru no mw’isi, muheze mubitahure ukuri kwamye, bitume mutandukanya ukuri n’ikinyoma”; kandi burya Imana yawe Rurema Allah, ntiyirengagiza ivyo mukora, Izobibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute