Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
004

An-Nisa 4:108 يستخفون من الناس ولا يستخفون من الله وهو معهم اذ يبيتون ما لا يرضى من القول وكان الله بما يعملون محيطا ١٠٨

4:108
يَسۡتَخۡفُونَ
مِنَ
ٱلنَّاسِ
وَلَا
يَسۡتَخۡفُونَ
مِنَ
ٱللَّهِ
وَهُوَ
مَعَهُمۡ
إِذۡ
يُبَيِّتُونَ
مَا
لَا
يَرۡضَىٰ
مِنَ
ٱلۡقَوۡلِۚ
وَكَانَ
ٱللَّهُ
بِمَا
يَعۡمَلُونَ
مُحِيطًا
١٠٨
Bariherera bakinyegeza bagahisha abantu ibibi bakora, kandi badashoboye kwinyegeza Imana Allah ngo ivyo bakora bibatere isoni, mu gihe Iba Iri kumwe na bo ku bumenyi bwayo iyo barara barategurira ibitayishimisha mu majambo. Burya Imana Allah mu bumenyi bwayo, Yamye Ikikuje ivyo bavuga n’ivyo bakora vyose, kandi Izobibahembera.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Necessity of Referring to What Allah has Revealed for Judgement

Allah says to His Messenger, Muhammad ﷺ,

إِنَّآ أَنزَلْنَا إِلَيْكَ الْكِتَـبَ بِالْحَقِّ

(Surely, We have sent down to you the Book in truth) meaning, it truly came from Allah and its narrations and commandments are true. Allah then s

…

The Necessity of Referring to What Allah has Revealed for Judgement

Allah says to His Messenger, Muhammad ﷺ,

إِنَّآ أَنزَلْنَا إِلَيْكَ الْكِتَـبَ بِالْ

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 4, Page 96, Juz 5

105. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri Twebwe Allah Twakumanuriye Igitabu ca Qor’ani kirimwo ukuri kuzima, kugira utunganirize abantu bose ku vyo wahishuriwe ukerekwa n’Imana Allah, ntugakingire na gato rero abantu bihemukira mu kunyegeza ukuri; 106. Uraheza unasabe Imana Allah imbabazi mu bihe vyose. Mu vy’ukuri, Imana Allah Yamye ari Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 107. Ntuzonakingire mu kuvugira abihemukiye mu gucumura ku Mana Allah. Mu vy’ukuri, Imana Allah ntikunda namba umuhemu karuhariwe akaba n’umucumuzi ruhebwa; 108. Bariherera bakinyegeza bagahisha abantu ibibi bakora, kandi badashoboye kwinyegeza Imana Allah ngo ivyo bakora bibatere isoni, mu gihe Iba Iri kumwe na bo ku bumenyi bwayo iyo barara barategurira ibitayishimisha mu majambo. Burya Imana Allah mu bumenyi bwayo, Yamye Ikikuje ivyo bavuga n’ivyo bakora vyose, kandi Izobibahembera. 109. Ehe mwebwe abemeramana mwarubahutse gukingira mu kuvugira abihemukiye mu buzima bwo kw’isi, none ni nde azobakingira mu kubavugira ku Mana Allah ku musi w’izuka nibaharurirwa, canke ni nde azobabera umuhagarikizi kuri uwo musi! 110. Uwo wese rero, azorondera gukora ikibi canke akirenganya mu guca kubiri n’amabwirizwa y’Imana Allah, hanyuma akicuza ku vyo yakoze akagaruka ku Mana Allah, akayisaba ko Imugumiriza akabanga ku vyaha vyiwe, ntibimuhanire, azosanga Imana Allah ari Nyenimbabazi-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo. 111. Uwo wese azocumura n’ibigirankana, ni ukuri azohanirwa nya gicumuro ku gatwe kiwe. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenubumenyikurivyose, Irazi ukuri ku vyakozwe n’ibiremwa, Intungane mu vyo Ikora. 112. Uwo wese azocumura ku kwihenda, canke agakora icaha n’ibigirankana, hanyuma akavyegeka ku wundi ku kadenderezo, ni ukuri azoba yiremetse irementanya rutura risiga ubwenge kandi rihanwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute