An-Nisa 4:170 يا ايها الناس قد جاءكم الرسول بالحق من ربكم فامنوا خيرا لكم وان تكفروا فان لله ما في السماوات والارض وكان الله عليما حكيما ١٧٠
يَٰٓأَيُّهَا
ٱلنَّاسُ
قَدۡ
جَآءَكُمُ
ٱلرَّسُولُ
بِٱلۡحَقِّ
مِن
رَّبِّكُمۡ
فَـَٔامِنُواْ
خَيۡرٗا
لَّكُمۡۚ
وَإِن
تَكۡفُرُواْ
فَإِنَّ
لِلَّهِ
مَا
فِي
ٱلسَّمَٰوَٰتِ
وَٱلۡأَرۡضِۚ
وَكَانَ
ٱللَّهُ
عَلِيمًا
حَكِيمٗا
١٧٠
Emwe bantu! Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) yaramaze kubazanira idini ry’ukuri ry’ubwislamu, rivuye ku Mana yanyu Rurema Allah, nimuyemere rero muyikurikire, bizoba ari vyo vyiza kuri mwebwe. Nimwatsimbatara kw’igarariza ryanyu, muramenya ko Imana Allah Yikwije muri vyose kuko ari Yo Rugaba Igaba Ikaganza ibiri mu majuru no mw’isi. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenubumenyikurivyose, Irazi ivyo muvuga n’ivyo mukora, Intungane mu vyo Ikora 1.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
إِنَّآ أَوْحَيْنَآ إِلَيْكَ
(Verily, We have inspired you...) emphasized the Prophet's prophethood and refuted the idolators and People of the Scripture who denied him. Allah said,
لَّـكِنِ اللَّهُ يَشْهَدُ بِمَآ أَنزَلَ إِلَيْكَ
(But Allah bears witness to that which He has sent down unto you,) meanin
…إِنَّآ أَوْحَيْنَآ إِلَيْكَ
(Verily, We have inspired you...) emphasized the Prophet's prophethood and refuted the idolators and People of the Scriptur
…