Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
004

An-Nisa 4:46 من الذين هادوا يحرفون الكلم عن مواضعه ويقولون سمعنا وعصينا واسمع غير مسمع وراعنا ليا بالسنتهم وطعنا في الدين ولو انهم قالوا سمعنا واطعنا واسمع وانظرنا لكان خيرا لهم واقوم ولاكن لعنهم الله بكفرهم فلا يومنون الا قليلا ٤٦

4:46
مِّنَ
ٱلَّذِينَ
هَادُواْ
يُحَرِّفُونَ
ٱلۡكَلِمَ
عَن
مَّوَاضِعِهِۦ
وَيَقُولُونَ
سَمِعۡنَا
وَعَصَيۡنَا
وَٱسۡمَعۡ
غَيۡرَ
مُسۡمَعٖ
وَرَٰعِنَا
لَيَّۢا
بِأَلۡسِنَتِهِمۡ
وَطَعۡنٗا
فِي
ٱلدِّينِۚ
وَلَوۡ
أَنَّهُمۡ
قَالُواْ
سَمِعۡنَا
وَأَطَعۡنَا
وَٱسۡمَعۡ
وَٱنظُرۡنَا
لَكَانَ
خَيۡرٗا
لَّهُمۡ
وَأَقۡوَمَ
وَلَٰكِن
لَّعَنَهُمُ
ٱللَّهُ
بِكُفۡرِهِمۡ
فَلَا
يُؤۡمِنُونَ
إِلَّا
قَلِيلٗا
٤٦
Burya mu bayahudi harimwo umugwi wihaye guhindagura amajambo y’Imana Allah mw’irementanya uko atari, bagaheza bakabwira Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) mu kwiyorobeka bati: “Twumvise ijambo ryawe!”, ariko ku mutima riniga bati: “Twiyamirije ibwirizwa ryawe!”, bakongera bati: “Twumvirize ntukumve1, uheze utwiteho utwumvirize tukwumvirize2”, ivyo bakabivugana akarimi gasosa mu ntumbero yo gusabira Intumwa nabi, no gutyoza idini ry’ubwislamu. Iyo bapfuma bavuga bati: “Twumvise kandi twakwumviye, twumvirize rero unadutumbere kugira tugutahure gusumba”, vyari kuba vyiza cane kurusha kuri bo, ryari kuba n’ijambo ritunganye cane, ariko rero Imana Allah Yarabavumye kubera igarariza ryabo ryo kutumvira Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), burya ntibemera vy’ukuri kiretse gake cane ata co kazobungura.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Chastising the Jews for Choosing Misguidance, Altering Allah's Words, and Mocking Islam

Allah states that the Jews, may Allah's continued curse fall on them until the Day of Resurrection, have purchased the wrong path instead of guidance, and ignored what Allah sent down to His Messenger Muhammad . T

…

Chastising the Jews for Choosing Misguidance, Altering Allah's Words, and Mocking Islam

Allah states that the Jews, may Allah's continued curse fall on

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 4, Page 86, Juz 5

44. Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’abayahudi bahawe ubumenyi bw’ibiri mu Gitabu ca Tawurati, aho bigura ubuhuvyi mu guhindagura ibiri muri co, ha kurongoka mu gukurikira ivyemezo bafise vyerekana ko ubutumwa bwawe ari ubw’ukuri, gutyo ga bemeramana, bakipfuza ko mwohuba inzira igororotse, mukaba nkabo; 45. Burya Imana Allah Irazi kubarusha abansi banyu n’urwanko babafitiye. Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Muhagarikizi-Rutunganya, Ibatunganiriza ivyanyu. Imana Allah Iranakwiye kuba ari Yo Muterangoga, Ituma mutsinda abansi banyu. 46. Burya mu bayahudi harimwo umugwi wihaye guhindagura amajambo y’Imana Allah mw’irementanya uko atari, bagaheza bakabwira Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) mu kwiyorobeka bati: “Twumvise ijambo ryawe!”, ariko ku mutima riniga bati: “Twiyamirije ibwirizwa ryawe!”, bakongera bati: “Twumvirize ntukumve, uheze utwiteho utwumvirize tukwumvirize”, ivyo bakabivugana akarimi gasosa mu ntumbero yo gusabira Intumwa nabi, no gutyoza idini ry’ubwislamu. Iyo bapfuma bavuga bati: “Twumvise kandi twakwumviye, twumvirize rero unadutumbere kugira tugutahure gusumba”, vyari kuba vyiza cane kurusha kuri bo, ryari kuba n’ijambo ritunganye cane, ariko rero Imana Allah Yarabavumye kubera igarariza ryabo ryo kutumvira Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), burya ntibemera vy’ukuri kiretse gake cane ata co kazobungura.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute