Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
004

An-Nisa 4:60 الم تر الى الذين يزعمون انهم امنوا بما انزل اليك وما انزل من قبلك يريدون ان يتحاكموا الى الطاغوت وقد امروا ان يكفروا به ويريد الشيطان ان يضلهم ضلالا بعيدا ٦٠

4:60
أَلَمۡ
تَرَ
إِلَى
ٱلَّذِينَ
يَزۡعُمُونَ
أَنَّهُمۡ
ءَامَنُواْ
بِمَآ
أُنزِلَ
إِلَيۡكَ
وَمَآ
أُنزِلَ
مِن
قَبۡلِكَ
يُرِيدُونَ
أَن
يَتَحَاكَمُوٓاْ
إِلَى
ٱلطَّٰغُوتِ
وَقَدۡ
أُمِرُوٓاْ
أَن
يَكۡفُرُواْ
بِهِۦۖ
وَيُرِيدُ
ٱلشَّيۡطَٰنُ
أَن
يُضِلَّهُمۡ
ضَلَٰلَۢا
بَعِيدٗا
٦٠
Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’indyarya zibwira ko zemeye ivyo wamanuriwe muri Qor’ani n’ivyamanuriwe Intumwa zo hambere yawe, zigashaka guca imanza zisunze ingingo zishingiye ku bintazi n’ikinyoma, kandi zaramaze gutegekwa kubigarariza, shetani na yo igashaka kuzihubisha uguhuba kuri kure cane y’ukuri1;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Referring to Other than the Qur'an and Sunnah for Judgment is Characteristic of Non-Muslims

Allah chastises those who claim to believe in what Allah has sent down to His Messenger and to the earlier Prophets, yet they refer to other than the Book of Allah and the Sunnah of His Messenger for judgment

…

Referring to Other than the Qur'an and Sunnah for Judgment is Characteristic of Non-Muslims

Allah chastises those who claim to believe in what Allah ha

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 4, Page 88, Juz 5

60. Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’indyarya zibwira ko zemeye ivyo wamanuriwe muri Qor’ani n’ivyamanuriwe Intumwa zo hambere yawe, zigashaka guca imanza zisunze ingingo zishingiye ku bintazi n’ikinyoma, kandi zaramaze gutegekwa kubigarariza, shetani na yo igashaka kuzihubisha uguhuba kuri kure cane y’ukuri; 61. Iyo zihanuwe ziti: “Nimuze mwubahirize ivyamanuwe n’Imana Allah, muheze mukurikire Intumwa Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah)”, ubona zikwirengagije nya kwirengagiza; 62. Mbega none bizozigendera gute igihe zashikiwe n’ikiza gitewe n’ivyo zakoze ubwazo nyene, hanyuma zikaza kukwisigurako zirahira kw’izina ry’Imana Allah, ziti: “Nta co twashaka gushikako mu vyo twagize, kiretse ubugwaneza no kunywanisha abatase”, 63. Izo ndyarya, Imana Allah Irazi neza ukuri kw’ibiri mu mishaha yazo mu buryarya. Ntumwa y’Imana! Uraheza rero uzirengagize, maze uziburire ku ngaruka mbi z’ivyo zikora, wongere uzibwire ijambo ry’inkoramutima ryo kuzihaniza.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute