Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
004

An-Nisa 4:79 ما اصابك من حسنة فمن الله وما اصابك من سيية فمن نفسك وارسلناك للناس رسولا وكفى بالله شهيدا ٧٩

4:79
مَّآ
أَصَابَكَ
مِنۡ
حَسَنَةٖ
فَمِنَ
ٱللَّهِۖ
وَمَآ
أَصَابَكَ
مِن
سَيِّئَةٖ
فَمِن
نَّفۡسِكَۚ
وَأَرۡسَلۡنَٰكَ
لِلنَّاسِ
رَسُولٗاۚ
وَكَفَىٰ
بِٱللَّهِ
شَهِيدٗا
٧٩
Muntu! Ivyiza ivyo ari vyo vyose uronse, biba bivuye ku Mana Allah. Ivyago na vyo bigushikiye, biba biturutse ku ngaruka y’ibikorwa vyawe bibi. Ntumwa y’Imana! Twakurungitse rero kugira ube Intumwa ku bantu bose, kandi rero burya Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Cabonakurivyose Yemeza ko washikirije vy’ukuri ubutumwa.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Wish that the Order for Jihad be Delayed

In the beginning of Islam, Muslims in Makkah were commanded to perform the prayer and pay some charity, so as to comfort the poor among them. They were also commanded to be forgiving and forbearing with the idolators and to observe patience with them at th

…

The Wish that the Order for Jihad be Delayed

In the beginning of Islam, Muslims in Makkah were commanded to perform the prayer and pay some charity, so

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 4, Page 90, Juz 5

77. Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwamenye inkuru y’ababwiwe imbere yo gutegekwa guhangana ku rugamba, bati: “Nimusubize inkota mu rwubati, mureke kurwanya ababangikanyamana, maze mutsimbataze amasengesho munatange n’ishikanwa-bwirizwa”. Aho bategekewe guhangana ku rugamba, haciye hibonekeza umugwi muri bo, utinya abantu nka kurya utinya Imana Allah canke gusumba uko uyitinya, uranavuga n’ishavu n’akantu uti: “Mana yacu Rurema Allah! Ni kuki Wadutegetse guhangana ku rugamba, ntiwari gupfuma Utenyenya gato, tukaba turaryoherwa n’ivy’isi!”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ukuryoherwa n’ivy’isi, ni umwanya muto, nayo ubuzima bw’inyuma yo gupfa, ni bwo burimwo ivyiza bihambaye ku wutinya Imana Allah mu kwubahiriza amabwirizwa yayo, kandi rero ntimuzorenganywa na gato ku co mwakoze, n’aho coba kingana n’akanyuzi kari ku nda y’urutete rw’itende”; 78. Aho muzoba muri hose rero, nta kibuza ko hageze gupfa, urupfu ruzobashikira mugapfa, n’aho muzoba muri mu nyubakwa-ntamenwa ziri kure y’ahabera urugamba. Iyo baronse ivyiza baremanga ko berewe bati: “Ibi bivuye ku Mana Allah”. Ntumwa y’Imana! Iyo naho bashikiwe n’ivyago baca bagutako umwikomo n’ishavu n’akantu bati: “Ibi biturutse kuri wewe”. Ntumwa y’Imana! Babwire uti: “Ivyiza n’ivyago, vyose bituruka kw’ishirwa mu ngiro ry’ivyagezwe n’Imana Allah”. Ntumwa y’Imana! Mbega abo bantu bafashwe n’iki ko batarota batahura ivyo ubabwira! 79. Muntu! Ivyiza ivyo ari vyo vyose uronse, biba bivuye ku Mana Allah. Ivyago na vyo bigushikiye, biba biturutse ku ngaruka y’ibikorwa vyawe bibi. Ntumwa y’Imana! Twakurungitse rero kugira ube Intumwa ku bantu bose, kandi rero burya Imana Allah Irakwiye kuba ari Yo Cabonakurivyose Yemeza ko washikirije vy’ukuri ubutumwa.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute