Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
004

An-Nisa 4:90 الا الذين يصلون الى قوم بينكم وبينهم ميثاق او جاءوكم حصرت صدورهم ان يقاتلوكم او يقاتلوا قومهم ولو شاء الله لسلطهم عليكم فلقاتلوكم فان اعتزلوكم فلم يقاتلوكم والقوا اليكم السلم فما جعل الله لكم عليهم سبيلا ٩٠

4:90
إِلَّا
ٱلَّذِينَ
يَصِلُونَ
إِلَىٰ
قَوۡمِۭ
بَيۡنَكُمۡ
وَبَيۡنَهُم
مِّيثَٰقٌ
أَوۡ
جَآءُوكُمۡ
حَصِرَتۡ
صُدُورُهُمۡ
أَن
يُقَٰتِلُوكُمۡ
أَوۡ
يُقَٰتِلُواْ
قَوۡمَهُمۡۚ
وَلَوۡ
شَآءَ
ٱللَّهُ
لَسَلَّطَهُمۡ
عَلَيۡكُمۡ
فَلَقَٰتَلُوكُمۡۚ
فَإِنِ
ٱعۡتَزَلُوكُمۡ
فَلَمۡ
يُقَٰتِلُوكُمۡ
وَأَلۡقَوۡاْ
إِلَيۡكُمُ
ٱلسَّلَمَ
فَمَا
جَعَلَ
ٱللَّهُ
لَكُمۡ
عَلَيۡهِمۡ
سَبِيلٗا
٩٠
Ariko rero, abantu bafitaniye imigenderanire na zo musanzwe mufitaniye amasezerano yo kudasotorana, canke abanse kubarwanya mwebwe canke kurwanya benewabo, bagashoka baza babagana batagira aho begamiye, abo ntimuzobarwanye. Iyo rero Imana Allah Ishaka, ni ukuri Yari kubagerageza mu kubagomora mu ndwano, maze bakabarwanya bafadikanije n’abansi banyu mu babangikanyamana, ariko rero ntiyabigize ku mpuhwe zayo. Nibaramuka baretse kubarwanya rero bakaza bishikanye, aho nta burenganzira Imana Allah Yabahaye bwo kubarwanya.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Censuring the Companions for Disagreeing over the Hypocrites who Returned to Al-Madinah Before Uhud

Allah criticizes the believers for disagreeing over the hypocrites. There are conflicting opinions over the reason behind revealing this Ayah. Imam Ahmad recorded that Zayd bin Thabit said that Messeng

…

Censuring the Companions for Disagreeing over the Hypocrites who Returned to Al-Madinah Before Uhud

Allah criticizes the believers for disagreeing over

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 4, Page 92, Juz 5

88. Bemeremana! Mbega mwafashwe n’iki ku kwicamwo imigwi ibiri ku vyerekeye indyarya, umugwi ushigikiye ko zirwanywa n’uwundi utabishigikiye, mu gihe Imana Allah Yamaze kuzikurako amaboko mu buhuvyi zirimwo bitewe n’ibikorwa vyazo bibi! Mbega none mushaka kurongora abo Imana Allah Yakuyeko amaboko bagahuba! Burya uwugabitaniye Imana Allah, maze Ikamukurako amaboko mu buhuvyi arimwo, ntuzokwigera umuronkera inzira imurongora mu kuri. 89. Bemeramana! Indyarya zarabipfurije ko mwogarariza mu bwiyorobetsi mukaba nkazo. Ntimukagire muri zo rero abagenzi somambike mucuditse, gushika zibanze zimuke ku bw’Imana Allah mu kwerekana ko zemera vy’ukuri. Nizagenza umugongo ntizimuke, muraheza muzifate aho ziri hose muzice, kandi ntimuzohirahire ngo mugire n’imwe muri zo umuhagarikizi canke umutabazi wanyu; 90. Ariko rero, abantu bafitaniye imigenderanire na zo musanzwe mufitaniye amasezerano yo kudasotorana, canke abanse kubarwanya mwebwe canke kurwanya benewabo, bagashoka baza babagana batagira aho begamiye, abo ntimuzobarwanye. Iyo rero Imana Allah Ishaka, ni ukuri Yari kubagerageza mu kubagomora mu ndwano, maze bakabarwanya bafadikanije n’abansi banyu mu babangikanyamana, ariko rero ntiyabigize ku mpuhwe zayo. Nibaramuka baretse kubarwanya rero bakaza bishikanye, aho nta burenganzira Imana Allah Yabahaye bwo kubarwanya. 91. Muzohura n’uwundi mugwi mu ndyarya ushaka ko mwowuha amahoro, gutyo ubagaragarize ukwemera mu bwiyorobetsi, wongere ushake ko n’ababangikanyamana bawuha amahoro, gutyo ubagaragarize ubugarariji; igihe cose rero uwo mugwi ushizwe mw’igeragezwa ry’ubugarariji, uzorirwamwo neza cane. Uwo mugwi w’indyarya rero, nutareka kubavogera ugatako ukishikana, ukanavavanura no kubarwanya, murawufata aho muzowusanga hose muwice. Uwo mugwi w’abantu barangwa n’ububi nk’ubwo rero, Twaramaze kubaha mwebwe icemezo kigaragara co kubarwanya no kubagira imbohe.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute