Ar-Ra'd 13:2 الله الذي رفع السماوات بغير عمد ترونها ثم استوى على العرش وسخر الشمس والقمر كل يجري لاجل مسمى يدبر الامر يفصل الايات لعلكم بلقاء ربكم توقنون ٢
ٱللَّهُ
ٱلَّذِي
رَفَعَ
ٱلسَّمَٰوَٰتِ
بِغَيۡرِ
عَمَدٖ
تَرَوۡنَهَاۖ
ثُمَّ
ٱسۡتَوَىٰ
عَلَى
ٱلۡعَرۡشِۖ
وَسَخَّرَ
ٱلشَّمۡسَ
وَٱلۡقَمَرَۖ
كُلّٞ
يَجۡرِي
لِأَجَلٖ
مُّسَمّٗىۚ
يُدَبِّرُ
ٱلۡأَمۡرَ
يُفَصِّلُ
ٱلۡأٓيَٰتِ
لَعَلَّكُم
بِلِقَآءِ
رَبِّكُمۡ
تُوقِنُونَ
٢
Imana Allah, ni Yo Yahanitse amajuru indwi ku bushobozi n'ububasha vyayo ata nkingi mubona ziyareruye; hanyuma Iraheza Irahangama hejuru y'ibiremwa vyose ku Buhangamo bwayo "Al’Arsh" mu buryo buberanye n’icubahiro cayo, Iraheza Irema izuba n’ukwezi, kimwe cose kizungurukira mu nzira ntasobwa yaco; ivyo Ikaba Yabigize ukwo, ku neza y’ibiremwa gushika ku musi w’iherezo. Imana Allah Itunganya ibijanye n’ubuzima bwo kw’isi n’ubw’inyuma yo gupfa, Ikabatomorera Aayah n’ivyemezo vyayo vyerekana ko ari Yo Yaremye, kugira mwemere mwizere ko muzohura n’Imana yanyu Rurema Allah, muheze muyisenge mutayibangikanya.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Clarifying Allah's Perfect Ability
Allah mentions His perfect ability and infinite authority, since it is He Who has raised the heavens without pillars by His permission and order. He, by His leave, order and power, has elevated the heavens high above the earth, distant and far away from reach. The h
…Clarifying Allah's Perfect Ability
Allah mentions His perfect ability and infinite authority, since it is He Who has raised the heavens without pillars
…