Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
013

Ar-Ra'd 13:39 يمحو الله ما يشاء ويثبت وعنده ام الكتاب ٣٩

13:39
يَمۡحُواْ
ٱللَّهُ
مَا
يَشَآءُ
وَيُثۡبِتُۖ
وَعِندَهُۥٓ
أُمُّ
ٱلۡكِتَٰبِ
٣٩
Imana Allah Iraheza Igahanagura ico Ishatse mu ngingo zayo, Ikanagumiza ivyo Ishatse gushira mu ngiro uko biri ku ntumbero nziza, ni na Yo Ifise Igitabu nyezina canditswemwo ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo "Lawhu Mahfuudh".
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

All Prophets and Messengers were Humans

Allah says, `Just as We have sent you O Muhammad, a Prophet and a human, We sent the Messengers before you from among mankind, that eat food, walk in the markets, and We gave them wives and offspring.' Allah said to the most honorable and Final Messenger,

قُلْ إ

…

All Prophets and Messengers were Humans

Allah says, `Just as We have sent you O Muhammad, a Prophet and a human, We sent the Messengers before you from

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 13, Page 254, Juz 13

38. Baratangazwa n’uko wabira abakenyezi kandi uri Intumwa! Ni ukuri, Twararungitse Intumwa aho hambere yawe, Tuziha ukwabira abakenyezi, Tunaziha n’uruvyaro. Baridoga ngo iyo aba ari Intumwa vy’ukuri, yari kutuzanira ibitangaro tumusaba. Nta Ntumwa n’imwe ifise ubushobozi bwo kuzana igitangaro atari ku bubasha n'ubushake vy’Imana Allah. Burya rero, isango ry’ishirwa mu ngiro ry’ikintu cose, riba ryaranditswe mu vyagezwe n’Imana Allah; 39. Imana Allah Iraheza Igahanagura ico Ishatse mu ngingo zayo, Ikanagumiza ivyo Ishatse gushira mu ngiro uko biri ku ntumbero nziza, ni na Yo Ifise Igitabu nyezina canditswemwo ivyagezwe n’ishirwa mu ngiro ryavyo "Lawhu Mahfuudh". 40. Ntumwa y’Imana! Hamwe Tworamuka Tukweretse bimwe mu bihano Twasezeraniye abagarariji, bizoba ari ibihano bahabwa bakiri kw’isi; nitwakwaka ubuzima ugapfa utarabibona naho, menya ko ico ujejwe gusa ari ugushikiriza ubutumwa, na Twe Tujejwe iharura ry’ivyo bakoze no kubibahembera. 41. Mbega abagarariji ntibabonye ko Twebwe Allah, Dufata isi Tukagabanya inkengera zayo ! Burya Imana Allah, ni Yo Ishinga amateka, nta n’umwe rero ashobora guhagarika ishirwa mu ngiro ryayo, ni na Yo Inyarutsa mu guharurira ibiremwa. 42. Ab’aho hambere yabo, barateze imitego Intumwa Twabarungikiye; burya, itegura ry’imitego yose ni iry’Imana Allah, Irazi neza na neza ico umuntu uwo ari we wese akora, caba iciza canke ikibi, kandi Izokimuhembera. Abagarariji rero nibimbe bigera, bazomenya ku musi w’izuka, uwuzogira iherezo ryiza mu buzima bw’inyuma yo gupfa. 43. Abagararije bavuga babwira Umuvugishwamana Muhamadi bati: “Ntiwarungitswe n’Imana Allah”. Ntumwa y’Imana! Bishure uvuge uti: “Imana Allah Irakwiye kuba Icabona c’uko ndi Intumwa, n’uko na mwe muri abahakanyi. N’abanyemeye mu bayahudi no mu banaswara bahawe ubumenyi bw’Igitabu, hanyuma ntibabunyegeza, na bo nyene barakwiye kuba ivyabona ko ndi Intumwa y’Imana”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute