Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
013

Ar-Ra'd 13:6 ويستعجلونك بالسيية قبل الحسنة وقد خلت من قبلهم المثلات وان ربك لذو مغفرة للناس على ظلمهم وان ربك لشديد العقاب ٦

13:6
وَيَسۡتَعۡجِلُونَكَ
بِٱلسَّيِّئَةِ
قَبۡلَ
ٱلۡحَسَنَةِ
وَقَدۡ
خَلَتۡ
مِن
قَبۡلِهِمُ
ٱلۡمَثُلَٰتُۗ
وَإِنَّ
رَبَّكَ
لَذُو
مَغۡفِرَةٖ
لِّلنَّاسِ
عَلَىٰ
ظُلۡمِهِمۡۖ
وَإِنَّ
رَبَّكَ
لَشَدِيدُ
ٱلۡعِقَابِ
٦
Ntumwa y’Imana! Abahakanyi bagusaba ko wokwihutira kubasabira igihano c’ihakana ryabo, imbere yuko bemera bagakora ivyiza vyotuma badahanwa; kandi mu vy’ukuri, aho hambere yabo, hari abahakanyi bamaze guhanwa, ubwo ntibokwikebuka! Mu vy’ukuri, Imana yawe Rurema Allah ni Nyenukubabarira ivyaha ku bantu bigaya ku vyaha bakoze; mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah, Irahana Igahasha uwo wese atigaya ku vyaha vyiwe.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Disbelievers ask for the Punishment to be delivered now!

Allah said,

وَيَسْتَعْجِلُونَكَ

(They ask you to hasten), in reference to the disbelievers,

بِالسَّيِّئَةِ قَبْلَ الْحَسَنَةِ

(the evil before the good,) meaning, the punishment. Allah said in other Ayat that they said,

وَقَالُواْ يأَيُّهَا الَّ

…

The Disbelievers ask for the Punishment to be delivered now!

Allah said,

وَيَسْتَعْجِلُونَكَ

(They ask you to hasten), in reference to the disbelievers,

ب

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 13, Page 250, Juz 13

4. Mw’isi rero, burya harimwo uduce tw’agataka twegeranye ariko dutandukanye mu kanovera katwo; harimwo n’imirima itotahaye y’imizabibu, indimo z’ibindi biterwa bitandukanye, ibiti vy’itende binaga ari bibiribibiri ku ngundu imwe, n’ibinaga kimwe cose cisangije ingundu, ivyo vyose ugasanga umwimbu wavyo utandukanye kw’ibara, akanovera n’indemo, kandi vyose biri ku gataka kamwe, vyavomewe ku mazi akomoka hamwe, gutyo Tugatuma rero abantu bakunda bagahurumbira cane gufungura bimwe muri nya mwimbu kurusha ibindi. Muri ivyo vyose rero, ni ukuri, harimwo ivyemezo vyotuma abantu bafise ubwenge banyurwa, bagaheza bagatahura ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, maze bakayigamburukira. 5. Ntumwa y’Imana! Niwabona uriko utangazwa n’ukutemera kw’abantu kw’ibi vyemezo, ahubwo mu mvugo zabo hari ikizogutangaza kuruta, bazovuga bahakana bivuye inyuma izuka ry’ibiremwa, binamure bati: “Mbega mu gihe tworamuka dupfuye tugacika ivu, ubwo ni ukuri tuzozuka!”. Abo, ni bo rero bagararije koko Imana yabo Rurema Allah, ni na bo bazoboheshwa iminyororo mw’izosi ku musi w’izuka, ni na bo bantu bo mu muriro, bobo bazowubamwo ibihe bidahera. 6. Ntumwa y’Imana! Abahakanyi bagusaba ko wokwihutira kubasabira igihano c’ihakana ryabo, imbere yuko bemera bagakora ivyiza vyotuma badahanwa; kandi mu vy’ukuri, aho hambere yabo, hari abahakanyi bamaze guhanwa, ubwo ntibokwikebuka! Mu vy’ukuri, Imana yawe Rurema Allah ni Nyenukubabarira ivyaha ku bantu bigaya ku vyaha bakoze; mu vy’ukuri Imana yawe Rurema Allah, Irahana Igahasha uwo wese atigaya ku vyaha vyiwe. 7. Abagarariji b’i Makka bavuga ku kagagazo n'akantu bati: “Muhamadi ntiyari gupfuma amanurirwa n’Imana yiwe Rurema Allah igitangaro gifadika cemeza ukuri kwiwe; nk’inkoni yahawe Musa, canke ingamiya yururukirijwe Swalehe!”. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, wewe uri Umugabisha ku bihano vy’Imana Allah. Burya rero, umugwi wose w’abantu wararungikiwe Intumwa iwurongora mu nzira y’Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute