Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
030

Ar-Rum 30:14 ويوم تقوم الساعة يوميذ يتفرقون ١٤

30:14
وَيَوۡمَ
تَقُومُ
ٱلسَّاعَةُ
يَوۡمَئِذٖ
يَتَفَرَّقُونَ
١٤
Igihe rero umuhero w’isi wageze, maze abantu bagaharurirwa ivyo bakoze, kuri uwo musi abemeramana bazoshirwa ukwabo, abagarariji na bo nyene bashirwe ukwabo;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

اللَّهُ يَبْدَأُ الْخَلْقَ ثُمَّ يُعِيدُهُ

(Allah originates the creation, then He will repeat it,) Just as He was able to create it in the first place, so He is also able to repeat it.

ثُمَّ إِلَيْهِ تُرْجَعُونَ

(then to Him you will be returned.) on the Day of Resurrection, when each will be requited

…
اللَّهُ يَبْدَأُ الْخَلْقَ ثُمَّ يُعِيدُهُ

(Allah originates the creation, then He will repeat it,) Just as He was able to create it in the first place

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 30, Page 405, Juz 21

11. Imana Allah, ni Yo ubwayo Yatanguye kurema ibiremwa vyose ata co Irinze gufatirako, ni na Yo Izoshobora no gusubira kubirema bushasha nivyazuka kandi vyaramaze guhona; hanyuma rero, ni no kuri Yo muzosubizwa kugira muhemberwe ivyo mwakoze. 12. N'igihe umuhero w’isi wageze, abanyavyaha barenga ku mabwirizwa y’Imana Allah, bazokwihebura ko batarokoka mu bihano, maze bijirirwe. 13. Ababangikanyamana kuri uwo musi rero, ntibazoronka ababavugira mu bigirwamana bahora basenga mu gishingo c’Imana Allah, mbere na nya bigirwamana bizobigarama na bo nyene bavyihakane. 14. Igihe rero umuhero w’isi wageze, maze abantu bagaharurirwa ivyo bakoze, kuri uwo musi abemeramana bazoshirwa ukwabo, abagarariji na bo nyene bashirwe ukwabo; 15. Abemeye Imana Allah n’Intumwa zayo bakanakora n’ivyiza bitegetswe, bazoja mu Bwami bw’ijuru, baheze bazimanwe ivy’akaroruhore. 16. Nayo abagararije Imana Allah bagahakana bivuye inyuma ivyo bazaniwe n’Intumwa, bakanamirira kure ko bazohura n’Imana Allah mu buzima bw’inyuma yo gupfa, abo bazoheza bashirwe mu bihano vyamaho. 17. Bemeramana! Nimutazire mwongere muninahaze Imana Allah umugoroba n’igitondo; mw’isengesho ryo ku kirengazuba n’iryo ku mugoroba, hamwe rero no mw’isengesho ryo mu mutwenzi. 18. Ni na Yo Nyenishimagizwa mu majuru no kw’isi, ijoro n’umurango. 19. Imana Allah Irema kizima mu capfuye, Igakura icapfuye muri kizima, Igaheza Igatotahaza n’isi inyuma yo kugaduka. Bantu! Ni nk’uko nyene rero Imana Allah - Isubiza ubuzima ivyo - Izobasubiza ubuzima, maze mukazuka mukava mu kuzimu kugira muharurirwe ku vyo mwakoze.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute