Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
030

Ar-Rum 30:46 ومن اياته ان يرسل الرياح مبشرات وليذيقكم من رحمته ولتجري الفلك بامره ولتبتغوا من فضله ولعلكم تشكرون ٤٦

30:46
وَمِنۡ
ءَايَٰتِهِۦٓ
أَن
يُرۡسِلَ
ٱلرِّيَاحَ
مُبَشِّرَٰتٖ
وَلِيُذِيقَكُم
مِّن
رَّحۡمَتِهِۦ
وَلِتَجۡرِيَ
ٱلۡفُلۡكُ
بِأَمۡرِهِۦ
وَلِتَبۡتَغُواْ
مِن
فَضۡلِهِۦ
وَلَعَلَّكُمۡ
تَشۡكُرُونَ
٤٦
Biri no mu vyemezo vyerekana ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, bigatuma Isengwa Itabangikanywa, kuba Ishoboye kurungika umuyaga usunika ibicu ugatanga umwizero w’imvura ko igiye kugwa; kugira Ibahonje ku mpuhwe zayo mu gutuma imvura igwa, isi n’ibiremwa bikaharonkera akoyokwe; no kugira ubwato bushobore kugendera mw’ibahari ku bushobozi bwayo; no kugira murondere ku mpuhwe zayo ibibabeshaho mu ruja n’uruza rw’ibidandazwa. Ivyo vyose rero, Imana Allah Yabibagiriye kugira mushime inema zayo, muheze muyisenge ari Imwe Rudende mutayibangikanya.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Among the Signs of Allah are the Winds

Here Allah mentions the favor He does for His creatures by sending winds to them, as harbingers of His mercy, meaning that they will be followed by rain. Allah says:

وَلِيُذِيقَكُمْ مِّن رَّحْمَتِهِ

(giving you a taste of His mercy,) that is, the rain which will c

…

Among the Signs of Allah are the Winds

Here Allah mentions the favor He does for His creatures by sending winds to them, as harbingers of His mercy, me

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 30, Page 409, Juz 21

46. Biri no mu vyemezo vyerekana ubushobozi n'ububasha vy’Imana Allah, bigatuma Isengwa Itabangikanywa, kuba Ishoboye kurungika umuyaga usunika ibicu ugatanga umwizero w’imvura ko igiye kugwa; kugira Ibahonje ku mpuhwe zayo mu gutuma imvura igwa, isi n’ibiremwa bikaharonkera akoyokwe; no kugira ubwato bushobore kugendera mw’ibahari ku bushobozi bwayo; no kugira murondere ku mpuhwe zayo ibibabeshaho mu ruja n’uruza rw’ibidandazwa. Ivyo vyose rero, Imana Allah Yabibagiriye kugira mushime inema zayo, muheze muyisenge ari Imwe Rudende mutayibangikanya. 47. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri Twebwe Allah, Twararungitse hambere yawe Intumwa ku bantu bazo, maze ziza zibazaniye ivyemezo bigaragara, abenshi muri bo barabigarariza, Duca Twihora abanyavyaha muri bo barenze ku mabwirizwa yacu, Turabahana Turabahonya, Turaheza Turokora muri nya bihano abemeramana bakurikiye nya Ntumwa, kandi Twategerezwa kurokora abemeramana. 48. Imana Allah, ni Yo Irungika umuyaga ugasunika ibicu vy’imvura, Igaheza Ikabisanza mu kirere uko Ibishaka, maze Ikavyegeranya mu bicebice ahatandukanye, ukabona imvura iraguye ivuye muri nya bicu izananye mu kirere, Imana Allah rero Irungikira nya mvura abo Ishatse mu baja bayo, bagaca banezerwa n’akamwemwe kenshi ko bagiye kubukura mu cibo; 49. Kandi mu vy’ukuri imbere yuko nya mvura igwa, bari bihebuye kuko imvura yari yataze. 50. Muntu! Ehe raba rero ingaruka nziza z’imvura igwa ku mpuhwe z’Imana Allah ku vyatsi bimera, ku biterwa no ku biti, aho isi iheza igatotahara inyuma y’aho yari yaragadutse ikaba ubukumbagare! Mu vy’ukuri rero Imana Allah Ishoboye gusubiza itoto isi yari yaragadutse, ni ukuri Irashoboye gusubiza n’abapfuye ubuzima bakazuka, ni na Yo Mushoboravyose. 51. N’iyo Tworamuka Turungikiye ibiterwa vyabo umuyaga w’igihuhusi ukavyonona, maze bakabona ko nya biterwa vyahishiye inyuma y’aho vyasa n’urwatsi rubisi, ni ukuri n’inyuma y’ivyo vyose, boguma bihakana inema z’Imana Allah. 52. Ntumwa y’Imana! Mu vy’ukuri, ntushobora gutuma ibipfamutima bitanyurwa vyumva ukuri bikagukurikira; eka ntushobora no gutuma ibipfamatwi vyumva ubutumwa bikabutegera mu gihe bigenjeje umugongo bikwirengagiza; 53. Ntumwa y’Imana! Eka ntunashobora no kurongora mu nzira y’ukuri abo Imana Allah Yahubishije mu kutabashoboza kubona ukuri, maze bagahuba ku bugaba bwabo. Burya ushoboye kwumvisha gusa abemeye Aayah zacu za Qor’ani, bagaheza bakicisha bugufi mu kwubahiriza ivyo ubararikiye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute