Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
037

As-Saffat 37:126 الله ربكم ورب ابايكم الاولين ١٢٦

37:126
ٱللَّهَ
رَبَّكُمۡ
وَرَبَّ
ءَابَآئِكُمُ
ٱلۡأَوَّلِينَ
١٢٦
Imana yanyu Rurema Allah Yabaremye, Ikaba ari na Yo Mana Yaremye ba so aho hambere yanyu!”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

إِذْ قَالَ لِقَوْمِهِ أَلاَ تَتَّقُونَ

(When he said to his people: "Will you not have Taqwa") means, `do you not fear Allah when you worship others instead of Him'

أَتَدْعُونَ بَعْلاً وَتَذَرُونَ أَحْسَنَ الْخَـلِقِينَ

(Will you call upon Ba`l and forsake the Best of creators,) Ibn `Abbas, may Allah

…
إِذْ قَالَ لِقَوْمِهِ أَلاَ تَتَّقُونَ

(When he said to his people: "Will you not have Taqwa") means, `do you not fear Allah when you worship others i

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 37, Page 450, Juz 23

123. Mu vy’ukuri Ilyaasi, ni ukuri ari mu bo Twateye iteka ryo kuba Intumwa; 124. Igihe yabwira abantu biwe yarungitsweko muri Bene Israyeli ati: “Nimutinye ibihano vy’Imana Allah, ntimuhirahire ngo muyibangikanye; 125. Bishoboka gute ko musenga ikigirwamana ata na kimwe gishoboye, mukirengagiza gusenga Umwiza w’abaremyi; 126. Imana yanyu Rurema Allah Yabaremye, Ikaba ari na Yo Mana Yaremye ba so aho hambere yanyu!”. 127. Abantu Ilyaasi yarungitsweko rero, baramuhakanye bivuye inyuma. Mu vy’ukuri ku musi w’izuka, bazokwegeranirizwa ku Mana Allah kugira Ibahanire ivyo bakoze; 128. Kiretse abaja b’Imana Allah bejeje idini ryayo, abo ntibazohanwa. 129. Ilyaasi Twamuhaye kuyagwa neza mu bantu bakurikiye gushika ku musi w’iherezo. 130. Ilyaasi arakagira amahoro, iteka n’itekane bivuye ku Mana Allah. 131. Mu vy’ukuri, ni nk’uko nyene rero Twebwe Allah - Twahemvye Ilyaasi kw’igamburukiramana ryiwe - Duhemba abagwaneza mu bemeramana. 132. Mu vy’ukuri Ilyaasi, ari mu baja bacu bubahiriza koko amabwirizwa yacu.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute