Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
037

As-Saffat 37:163 الا من هو صال الجحيم ١٦٣

37:163
إِلَّا
مَنۡ
هُوَ
صَالِ
ٱلۡجَحِيمِ
١٦٣
Kiretse uwagenewe kuja mu muriro ku bugarariji bwiwe.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

No One believes what the Idolators say except Those Who are even more misguided than They

Allah says, addressing the idolators:

فَإِنَّكُمْ وَمَا تَعْبُدُونَ - مَآ أَنتُمْ عَلَيْهِ بِفَـتِنِينَ - إِلاَّ مَنْ هُوَ صَالِ الْجَحِيمِ

(So, verily you and those whom you worship cannot lead astray, except tho

…

No One believes what the Idolators say except Those Who are even more misguided than They

Allah says, addressing the idolators:

فَإِنَّكُمْ وَمَا تَعْبُ

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 37, Page 452, Juz 23

149. Ntumwa y’Imana! Baza abantu warungitsweko ukuntu bubahuka bakomekera abakobwa ku Mana yawe Rurema Allah ku rwanko gusa babafitiye, maze bakigenera abahungu ku rukundo babafitiye! 150. Babaze kandi bakwereke ko ariho bari bari, igihe Twebwe Allah Turema abamalayika ari abakobwa nk’uko babivuga! 151. Emwe bantu! Nimwumve mwumvireho! Ni ukuri mu binyoma vy’ababangikanyamana, bavuga ko; 152. Imana Allah Yavyaye. Mu vy’ukuri, barabesha bagaheba bakanyomoza ku kuvuga ivyo batazi. 153. Imana Allah Yokwihitiramwo gute abakobwa Ikirengagiza abahungu! 154. Bantu! Iyo, ni ingingo mbi cane mwishingira, ko Imana Allah Yigeneye abakobwa mu biremwa, na mwe Ikabagenera abahungu! 155. Ubwo ntimwokwibuka mukamenya ko bitabereye namba ko Imana Allah Yitirirwa umwana! Ntibikabe. 156. Canke mwoba mufise ku vyo muvuga, icemezo gitomoye gishingiye ku bumenyi! 157. Nimwaba rero mufise nya cemezo kiri mu Gitabu c’Imana Allah, enda nyabuna rero, nimukizane nimwaba muri imvugakuri koko! 158. Ababangikanyamana bibwira ko Imana Allah hari ico Ipfana n’abamalayika gishingiye ku maraso. Ni ukuri abamalayika, barazi neza ko ababangikanyamana bazokwegeranirizwa mu bihano ku musi w’izuka. 159. Nihaninahazwe rero Imana Allah mu buryo burengeye cane ivyo ababangikanyamana bayomekera. 160. Ariko rero, abaja b’Imana Allah bemera koko bakeza n’idini ryayo, ntibavuga ku Mana Allah, kiretse ibiberanye n’icubahiro cayo. 161. Babangikanyamana! Mu vy’ukuri mwebwe hamwe n’ibigirwamana musenga mu gishingo c’Imana Allah; 162. Ntimushoboye guhubisha n’umwe mu biremwa; 163. Kiretse uwagenewe kuja mu muriro ku bugarariji bwiwe. 164. Abamalayika bazovuga bati: “Nta n’umwe muri twebwe, kiretse ko afise ahantu hazwi mw’ijuru adashobora kurenga; 165. Mu vy’ukuri twebwe, turatonda mu runani, ku murongo mu gusenga Imana Allah no mu kuyumvira; 166. Mu vy’ukuri twebwe, tuninahaza twongera dutazira Imana Allah, mu buryo buri kure cane y’ibitaberanye n'icubahiro cayo”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute