Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
037

As-Saffat 37:62 اذالك خير نزلا ام شجرة الزقوم ٦٢

37:62
أَذَٰلِكَ
خَيۡرٞ
نُّزُلًا
أَمۡ
شَجَرَةُ
ٱلزَّقُّومِ
٦٢
Mbega none burya iyo ntsinzi y’Ubwami bw’ijuru, ni ryo cumbi ryiza cane kuruta ibindi, canke ni igiti Al-Zaqquumu cavumwe, gifungurirwa abantu bo mu muriro!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Tree of Zaqqum and its Companions

Here Allah asks: `Is that which He has mentioned of the delights of Paradise with its food, drink, companions and other joys better entertainment, or

أَمْ شَجَرَةُ الزَّقُّومِ

(or the tree of Zaqqum) which is in Hell' The meaning here is a specific kind of tree whi

…

The Tree of Zaqqum and its Companions

Here Allah asks: `Is that which He has mentioned of the delights of Paradise with its food, drink, companions and

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 37, Page 448, Juz 23

62. Mbega none burya iyo ntsinzi y’Ubwami bw’ijuru, ni ryo cumbi ryiza cane kuruta ibindi, canke ni igiti Al-Zaqquumu cavumwe, gifungurirwa abantu bo mu muriro! 63. Mu vy’ukuri Twebwe Allah, Twagize ico giti kuba igeragezwa ku birenganije mu kugarariza, bahakana bivuye inyuma bati: “Bishoboka gute ko igiti kiba mu muriro kandi umuriro uturira igiti!”. 64. Al-Zaqquumu mu vy’ukuri, ni igiti kinagira hagati na hagati mu nyenga y’umuriro wa Jahannamu; 65. Ivyamwa vya nya giti bisa nabi cane; wogira ngo ni imitwe y’amashetani, ntubaze rero akanuko kavyo n’ukuntu bibishe (bikata) mu kanwa! 66. Mu vy’ukuri ababangikanyamana, bazorya ivyamwa vyaco, bibuzuze inda batumbirwe; 67. Hanyuma bashozeko ikinyobwa kigizwe n’uruvange rw’amashira n’urwuya vy’abantu bo mu muriro vyasebuye bikaryimara; 68. Hanyuma iyegeranirizo ryabo inyuma y’ivyo vyose, ni mu bihano vyo mu muriro. 69. Mu vy’ukuri ababangikanyamana, basanze ba se babo ari impuvyi mw’ibangikanyamana; 70. Baraheza bacanacanako mu kubakurikira mu buhuvyi. 71. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri mu bantu bo hambere y’abo warungitsweko, harimwo benshi bahuvye; 72. Ni ukuri, Twarabarungikiye Intumwa zibagabisha ku bihano vyacu, maze ntibumva, baragarariza. 73. Ntumwa y’Imana! Raba rero iherezo ry’abantu bagabishijwe maze ntibumva, ukuntu ryagenze, barahanwe bimwe vy’akarorero; 74. Kiretse abaja b’Imana Allah bayitumbera mu vyo bakora vyose, maze bakabikora ku bwayo, Igaheza Ikabakingira ibihano.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute