Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
042

Ash-Shuraa 42:39 والذين اذا اصابهم البغي هم ينتصرون ٣٩

42:39
وَٱلَّذِينَ
إِذَآ
أَصَابَهُمُ
ٱلۡبَغۡيُ
هُمۡ
يَنتَصِرُونَ
٣٩
Na barya, iyo barenganijwe birwanako ata we badendereje ngo barenze urugezo rwo kwihora mu guhabuza agateka kabo;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Attributes of Those Who deserve that which is with Allah

Here Allah points out the insignificance of this worldly life and its transient adornments and luxuries.

فَمَآ أُوتِيتُمْ مِّن شَىْءٍ فَمَتَـعُ الْحَيَوةِ الدُّنْيَا

(So whatever you have been given is but (a passing) enjoyment for this world

…

The Attributes of Those Who deserve that which is with Allah

Here Allah points out the insignificance of this worldly life and its transient adornments

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 42, Page 487, Juz 25

30. Emwe bantu! Nta kiza kibashikira, haba mw’idini canke mu vy’isi, kiretse ko giterwa n’ivyaha hamwe n’ibicumuro mwebwe nyene mwakoze, kandi burya Imana Allah, Iranirengagiza mu kutabahanira vyinshi mu bicumuro vyanyu. 31. Kandi rero, mwebwe ntimwonanira Imana Allah ngo muronke aho muyihungira kw’isi. Nta n’umwe mworonka atari Imana Allah yobahagarikira akabatunganiriza ivyanyu, ntimworonka n'umuhagarikizi abakura mu bihano, eka mbere nta n’uwubatabara mu kubibakingira mworonka. 32. Biri no mu vyemezo vyerekana ubushobozi n’ububasha vy’Imana Allah, kubona ubwato bungana umusozi bugendera mw’ibahari; 33. Mu gihe rero Imana Allah Ituma bugendera mw’ibahari Yoshaka, Yohagarika umuyaga ubusunika, maze bukaguma aho buri, ntibushobore kugenda. Mu vy’ukuri mw’igendera ry’ubwato mw’ibahari n’ihagarara ryabwo mu gihe ata muyaga ubusunitse, ni ukuri harimwo ivyemezo vyerekana ubushobozi n’ububasha vy’Imana Allah, ku wihanganira ivyagezwe kuri we, agakora ivyiza akareka no gucumura mu bugamburutsi nta ngere, ashima inema n’impano vyayo; 34. Canke Yoshaka, Yotuma nya bwato butwarwa bukibira bitewe n’ivyaha vya bene bwo. Kandi burya Imana Allah, Iranirengagiza mu kutabahanira vyinshi mu bicumuro vyabo. 35. Abaharira mu bijanye na Aayah za Qor’ani n’ivyemezo vyerekana ko Imana Allah ari Imwe Rudende, nta buhungiro bafise bwo guhunga ibihano vy’Imana Allah. 36. Emwe bantu! Ivyo muronswa rero mu matungo n’abana, n’ibindi, ni ibihendamaso vyo kuryoherwa akanya gato gusa mu buzima bwo kw’isi; nayo ibiri ku Mana Allah mu nema zo mu Bwami bw’ijuru, ni vyo vyiza cane kandi vyamaho ku bemera Imana Allah n’Intumwa zayo, bakishimikiza ku Mana yabo Rurema Allah, bakayizera; 37. Na barya birinda gukora ivyaha rutura, bakirinda na canecane gukora ivyaha vy’agahomerabunwa; n’iyo bashavujwe n’uwubagiriye nabi, baratsinda ishavu bagaheza bakamubabarira ku bw’Imana Allah; 38. Na barya bumvira Imana yabo Rurema Allah, maze bakayisenga ari Imwe Rudende, bagatsimbataza ku mwanya amasengesho akwije ibisabwa; bashaka gukora ikintu ico ari co cose bakabanza guhanurana hagati yabo; no mu matungo Twabaronkeje baratanga ishikanwa-bwirizwa hamwe n’imperezwa, bagatanga no mu bindi bikorwa vy’igamburukiramana; 39. Na barya, iyo barenganijwe birwanako ata we badendereje ngo barenze urugezo rwo kwihora mu guhabuza agateka kabo; 40. Ingere y’ikibi, ni ikibi ku kindi, uwukoze ikibi akagihanirwa ku rugezo rw’ingere ku yindi; uwubabariye uwamukoreye ikibi na we akareka kwihora, maze nya kibi akakiguza ingere y’iciza ku bw’Imana Allah, uyo rero indishi yiwe ayizeye ku Mana Allah. Mu vy’ukuri Imana Allah, ntikunda namba abarenganya mu gusomborotsa abandi. 41. Ni ukuri, abirwanyeko mu guhabuza agateka kabo, maze bakihora inyuma yo kurenganywa, abo nta caha namba kiri kuri bo. 42. Mu vy’ukuri, icaha kiri kuri barya barenganya abandi mu kurenza urugezo rwo kwihora, maze bagatandukira n’ivyo batarekuriwe mu kugenzwa n’ubwononyi kw’isi. Abo, ni bo rero bagenewe ibihano bibabaza ku musi w’izuka. 43. Ni ukuri, uwihanganiye ikibi akorewe, maze akababarira uwakimukoreye, mu vy’ukuri iryo babarira ryiwe, ni ukuri riri mu bintu bihambaye bishimwa n’Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute