Ash-Shuraa 42:7 وكذالك اوحينا اليك قرانا عربيا لتنذر ام القرى ومن حولها وتنذر يوم الجمع لا ريب فيه فريق في الجنة وفريق في السعير ٧
وَكَذَٰلِكَ
أَوۡحَيۡنَآ
إِلَيۡكَ
قُرۡءَانًا
عَرَبِيّٗا
لِّتُنذِرَ
أُمَّ
ٱلۡقُرَىٰ
وَمَنۡ
حَوۡلَهَا
وَتُنذِرَ
يَوۡمَ
ٱلۡجَمۡعِ
لَا
رَيۡبَ
فِيهِۚ
فَرِيقٞ
فِي
ٱلۡجَنَّةِ
وَفَرِيقٞ
فِي
ٱلسَّعِيرِ
٧
Twebwe Allah, Twahishuriye Abavugishwamana bo hambere yawe; nk’uko Twaguhishuriye Qor’ani iri mu rurimi rw’icarabu, kugira ugabishe abantu b’i Makka n’abantu bo mu micungararo yaho, ku bihano vyo ku musi w’iyegeranywa, ari na wo musi w’izuka ry’ibiremwa, ata gisivya ko uzoshika. Abantu kuri uwo musi, bazoba bari mu migwi ibiri: umugwi wo mu Bwami bw’ijuru1 n’umugwi wo mu muriro wama wegenyejwe2.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
The Qur'an was revealed to serve as a Warning
Allah says, `just as We sent revelation to the Prophets before you,'
أَوْحَيْنَآ إِلَيْكَ قُرْءَاناً عَرَبِيّاً
(thus We have revealed to you a Qur'an in Arabic) meaning, plain, clear, and manifest
لِّتُنذِرَ أُمَّ الْقُرَى
(that you may warn the Mother of th
…The Qur'an was revealed to serve as a Warning
Allah says, `just as We sent revelation to the Prophets before you,'
أَوْحَيْنَآ إِلَيْكَ قُرْءَاناً عَرَب
…