Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
066

At-Tahrim 66:11 وضرب الله مثلا للذين امنوا امرات فرعون اذ قالت رب ابن لي عندك بيتا في الجنة ونجني من فرعون وعمله ونجني من القوم الظالمين ١١

66:11
وَضَرَبَ
ٱللَّهُ
مَثَلٗا
لِّلَّذِينَ
ءَامَنُواْ
ٱمۡرَأَتَ
فِرۡعَوۡنَ
إِذۡ
قَالَتۡ
رَبِّ
ٱبۡنِ
لِي
عِندَكَ
بَيۡتٗا
فِي
ٱلۡجَنَّةِ
وَنَجِّنِي
مِن
فِرۡعَوۡنَ
وَعَمَلِهِۦ
وَنَجِّنِي
مِنَ
ٱلۡقَوۡمِ
ٱلظَّٰلِمِينَ
١١
Imana Allah Yarahaye kandi abemeramana, akarorero k’umukenyezi w’umwemeramanakazi, umupfasoni wa Firawuni, igihe yavuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Nyubakira inzu iwawe mu Bwami bw’ijuru, maze Unkize, Unkure mu minwe ya Firawuni n’ibikorwa vyiwe bibi, Wongere Unkize abantu birenganije mu kurenga ku mabwirizwa yawe”;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Disbelievers can cause no Harm to the Believers

This is a parable that Allah made of the believers, in that, if they needed to, their association with the disbelievers will not harm them. Allah the Exalted said,

لاَّ يَتَّخِذِ الْمُؤْمِنُونَ الْكَـفِرِينَ أَوْلِيَآءَ مِن دُونِ الْمُؤْمِنِينَ وَمَن

…

The Disbelievers can cause no Harm to the Believers

This is a parable that Allah made of the believers, in that, if they needed to, their association w

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 66, Page 561, Juz 28

9. Ewe Muvugishwamana! Hangana n’abahakanyi bakurwanya ukoresheje inguvu, uheze ukoreshe ingingo n’amabwirizwa y’Imana Allah mu guhangana n’indyarya, kandi ukarire iyo migwi yompi. Ubushikiro bwabo, ni mu muriro wa Jahannamu. Iryo, ni ryo herezo ribi. 10. Imana Allah Yarahaye abahakanye, akarorero k’umugore w’Intumwa y’Imana Nuhu (nyakugira amahoro y’Imana Allah), n’ak’umugore w’Intumwa y’Imana Luutwi (nyakugira amahoro y’Imana Allah). Bari abakenyezi b’abaja babiri mu baja bacu beranda, maze barabahemukira mu kwemera, baraheza baragarariza. Nta n’ico babamariye ngo babakize ibihano vy’Imana Allah. Bazoheza rero babwirwe ku musi w’izuka bati: “Nimwinjire hamwe n’abinjira mu muriro udahera”. 11. Imana Allah Yarahaye kandi abemeramana, akarorero k’umukenyezi w’umwemeramanakazi, umupfasoni wa Firawuni, igihe yavuga ati: “Mana yanje Rurema Allah! Nyubakira inzu iwawe mu Bwami bw’ijuru, maze Unkize, Unkure mu minwe ya Firawuni n’ibikorwa vyiwe bibi, Wongere Unkize abantu birenganije mu kurenga ku mabwirizwa yawe”; 12. Imana Allah Irongera Igaha abemeramana, akarorero ka Mariyamu umukobwa wa Imraani, yabungabunze ubwambure bwiwe, maze Tumuhuhiramwo inkomoko y’ubuzima “Roho” ivuye iwacu Twebwe Allah, gutyo asama imbanyi y’Intumwa y’Imana Isa (nyakugira amahoro y’Imana Allah), aranemera amabwirizwa y’Imana yiwe Rurema Allah hamwe n’Ibitabu vyayo. Yari no mu bagamburukira cane Imana Allah.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute