Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
086

At-Tariq 86:6 خلق من ماء دافق ٦

86:6
خُلِقَ
مِن
مَّآءٖ
دَافِقٖ
٦
Yaremwe mu mazi y’intanga asunitswe mu gitereko;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Which was revealed in Makkah

The Virtues of Surat At-Tariq

An-Nasa'i recorded that Jabir said, "Mu`adh lead the Maghrib prayer and he recited Al-Baqarah and An-Nisa'. So the Prophet said,

«أَفَتَّانٌ أَنْتَ يَا مُعَاذُ، مَا كَانَ يَكْفِيكَ أَنْ تَقْرَأَ بِالسَّمَاءِ وَالطَّارِقِ وَالشَّمْسِ وَضُحَاهَا

…

Which was revealed in Makkah

The Virtues of Surat At-Tariq

An-Nasa'i recorded that Jabir said, "Mu`adh lead the Maghrib prayer and he recited Al-Baqarah

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 86, Page 591, Juz 30

1. Jewe Allah, Ndarahiye kw’ijuru no ku giserukajoro! 2. Ni igiki cokumenyesha ico ari co igiserukajoro? 3. Ni inyenyeri yakaka. 4. Ndarahiye kuri ivyo vyose, ko ata muntu n’umwe kiretse ko afise umubungabunzi azigama ibikorwa vyiwe mu bamalayika, kugira azobihemberwe! 5. Umuntu ahakana izuka ry’ibiremwa rero, niyitegereze ico yaremwemwo, aheze amenye ko izurwa ryiwe ritagoye nk’iremwa ryiwe! 6. Yaremwe mu mazi y’intanga asunitswe mu gitereko; 7. Avuye hagati y’uruti rw’umugongo w’umugabo n’igikiriza c’umugore. 8. Mu vy’ukuri Imana Allah Yaremye umuntu mu mazi y’intanga, Irashoboye no kumugarura inyuma yo gupfa Ikamusubiza ubuzima, akazuka. 9. Umusi amabanga azoshirwa ahabona, ivyiza bikamenyekana n’ibibi bikagaragara; 10. Umuntu nta bubasha azoba afise bwo kwikingira ibihano, eka nta n’umutabazi amukura mu bihano azoronka.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute