Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
009

At-Tawbah 9:16 ام حسبتم ان تتركوا ولما يعلم الله الذين جاهدوا منكم ولم يتخذوا من دون الله ولا رسوله ولا المومنين وليجة والله خبير بما تعملون ١٦

9:16
أَمۡ
حَسِبۡتُمۡ
أَن
تُتۡرَكُواْ
وَلَمَّا
يَعۡلَمِ
ٱللَّهُ
ٱلَّذِينَ
جَٰهَدُواْ
مِنكُمۡ
وَلَمۡ
يَتَّخِذُواْ
مِن
دُونِ
ٱللَّهِ
وَلَا
رَسُولِهِۦ
وَلَا
ٱلۡمُؤۡمِنِينَ
وَلِيجَةٗۚ
وَٱللَّهُ
خَبِيرُۢ
بِمَا
تَعۡمَلُونَ
١٦
Bemeramana! Mbega mwibaza ko Imana Allah Yobareka ukwo mutageragejwe, ngo Yerekane mu vyo Isanzwe Izi abayiharanira vy’ukuri, batigera bagira abagenzi somambike, abateye kubiri n’Imana Allah, Intumwa yayo n’abemeramana! Burya Imana Allah, ni Muhetuziwavyose, Irazi ivyo mukora vyose kandi Izobibahembera.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Among the Wisdom of Jihad is to test the Muslims

Allah said,

أَمْ حَسِبْتُمْ

(Do you think), O believers that We will leave you untested with matters that make apparent those who have pure, good intent from those who have false intent This is why Allah said next,

وَلَمَّا يَعْلَمِ اللَّهُ الَّذِينَ جَ
…

Among the Wisdom of Jihad is to test the Muslims

Allah said,

أَمْ حَسِبْتُمْ

(Do you think), O believers that We will leave you untested with matters th

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 9, Page 189, Juz 10

12. Nibadohoka ku masezerano mufitaniye, bagatyoza n’idini ryanyu ry’ubwislamu, muraheza murwanye indongozi z’ubugarariji zitigera zubaha ngo zubahirize isezerano, eka nta n’ubucuti zubahiriza. Murazirwanya rero kugira zihagarike agasotoro n’urwanko. 13. Bemeramana! Ubwo ntimworwanya abantu badohotse ku masezerano mufitaniye, bagashaka no kwomora Intumwa y’Imana mu gisagara ca Makka! Kanatsinda, ni na bo batanguye kubahohotera. Mbega none murabatinya canke mutinya guhangana na bo ku rugamba! Burya Imana Allah, ni Yo mukwiye gutinya vy’ukuri nimwaba muri abemaramana vy'ukuri. 14. Bemeramana! Nimurwanye abansi b’Imana Allah kugira Ibahane Inabatetereze biciye kuri mwebwe, Ibashoboze no kubanesha, gutyo ijambo ryayo ryubahwe, Itururuze n’imashaha y’abemeramana; 15. Ibamare n’ishavu. Uwuzokwigaya muri bo, Imana Allah Izokwumvira uwo Ishatse. Burya Imana Allah, ni Nyenubumenyikurivyose, Irazi uwigaya vy’ukuri, Intungane mu vyo Ikora. 16. Bemeramana! Mbega mwibaza ko Imana Allah Yobareka ukwo mutageragejwe, ngo Yerekane mu vyo Isanzwe Izi abayiharanira vy’ukuri, batigera bagira abagenzi somambike, abateye kubiri n’Imana Allah, Intumwa yayo n’abemeramana! Burya Imana Allah, ni Muhetuziwavyose, Irazi ivyo mukora vyose kandi Izobibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute