Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
009

At-Tawbah 9:70 الم ياتهم نبا الذين من قبلهم قوم نوح وعاد وثمود وقوم ابراهيم واصحاب مدين والموتفكات اتتهم رسلهم بالبينات فما كان الله ليظلمهم ولاكن كانوا انفسهم يظلمون ٧٠

9:70
أَلَمۡ
يَأۡتِهِمۡ
نَبَأُ
ٱلَّذِينَ
مِن
قَبۡلِهِمۡ
قَوۡمِ
نُوحٖ
وَعَادٖ
وَثَمُودَ
وَقَوۡمِ
إِبۡرَٰهِيمَ
وَأَصۡحَٰبِ
مَدۡيَنَ
وَٱلۡمُؤۡتَفِكَٰتِۚ
أَتَتۡهُمۡ
رُسُلُهُم
بِٱلۡبَيِّنَٰتِۖ
فَمَا
كَانَ
ٱللَّهُ
لِيَظۡلِمَهُمۡ
وَلَٰكِن
كَانُوٓاْ
أَنفُسَهُمۡ
يَظۡلِمُونَ
٧٠
Mbega izo ndyarya ntizirashikirwa n’inkuru z’ab’aho hambere yazo mu bantu ba Nuhu, Bene Aadi, Bene Thamuudi, abantu ba Ibrahimu, abantu bo muri Madiyani, hamwe rero n’abantu ba Luutwi bafuririwe mu gacimbiri kabo, Intumwa barungikiwe zarashikirije Aayah n'ivyemezo vy’Imana Allah, baca barabigarariza, Imana Allah Ica Irabahanira ivyaha bakoze! Kira noneho, Imana Allah ntiyari kubarenganya namba ngo Ibahanire ubusa, ariko ni bo birenganije mu guca kubiri n’amabwirizwa yayo.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Advising the Hypocrites to learn a Lesson from Those before Them

Allah advises the hypocrites who reject the Messengers,

أَلَمْ يَأْتِهِمْ نَبَأُ الَّذِينَ مِن قَبْلِهِمْ

(Has not the story reached them of those before them) have you (hypocrites) not learned the end of the nations before you who rejec

…

Advising the Hypocrites to learn a Lesson from Those before Them

Allah advises the hypocrites who reject the Messengers,

أَلَمْ يَأْتِهِمْ نَبَأُ الَّذ
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 9, Page 198, Juz 10

67. Indyarya n’indyaryakazi, zose zipfuye rumwe. Zose zirangwa no kwiyorobeka, zigaragaza ukwemera zigahisha ubugarariji, zibwiriza abandi ukugarariza Imana Allah no kugabitaniriza Intumwa yayo, zikababuza ukwemera Imana Allah no kwumvira Intumwa yayo, zikaba ata n'ico zikura ngo zitange. Zaribagiye Imana Allah, ntizaba zikiyibuka namba, gutyo na Yo Iraziyibagiza, Izikura mu mpuhwe zayo, ntiyanazishoboza gukora iciza. Mu vy’ukuri indyarya, ni zo bigaba birenga ku mabwirizwa y’Imana Allah. 68. Imana Allah Yarasezeraniye indyarya n’indyaryakazi hamwe n’abagarariji, ko amaherezo yabo bose ari mu muriro wa Jahannamu, bazowubamwo ibihe bidahera. Ni wo bakwiye nta kindi, kanatsinda n’Imana Allah Yarabavumye. Baranategekanirijwe n’ibihano vyamaho. 69. Mwa ndyarya mwe! Inyifato zanyu, ni nk’iz’abantu b’aho hambere yanyu, bari bafise inguvu nyinshi kubasumba, bari banafise amatungo n’uruvyaro kubarusha, baraheza bahurumbira ivy’isi, bararyoherwa bararengwa n’ibihendamaso vyayo. Na mwe nyene rero mwarahurumbiye ivy’isi, muraheza muraryoherwa murarengwa n’ibihendamaso vyayo, nk’uko ab’aho hambere yanyu baryohewe bakarengwa n’ibihendamaso vy’isi, mutako mubeshera Imana Allah nk’uko bayibesheye. Abo barangwa n’izo nyifato, ni bo rero ibikorwa vyabo vyabaye impfagusa kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, ni na bo rero bazoba mu bahomvye ubuzima bwabo. 70. Mbega izo ndyarya ntizirashikirwa n’inkuru z’ab’aho hambere yazo mu bantu ba Nuhu, Bene Aadi, Bene Thamuudi, abantu ba Ibrahimu, abantu bo muri Madiyani, hamwe rero n’abantu ba Luutwi bafuririwe mu gacimbiri kabo, Intumwa barungikiwe zarashikirije Aayah n'ivyemezo vy’Imana Allah, baca barabigarariza, Imana Allah Ica Irabahanira ivyaha bakoze! Kira noneho, Imana Allah ntiyari kubarenganya namba ngo Ibahanire ubusa, ariko ni bo birenganije mu guca kubiri n’amabwirizwa yayo.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute