Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
043

Az-Zukhruf 43:34 ولبيوتهم ابوابا وسررا عليها يتكيون ٣٤

43:34
وَلِبُيُوتِهِمۡ
أَبۡوَٰبٗا
وَسُرُرًا
عَلَيۡهَا
يَتَّكِـُٔونَ
٣٤
Twari no kuzigirira imiryango ikozwe mu mwakaka, zikagira n’ibitanda vy’inyegamo bicarako;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Ibrahim's Declaration of Tawhid Here

Allah tells us about His servant, Messenger and close Friend, the leader of the monotheists and the father of all subsequent Prophets, from whom Quraysh were descended and claimed to have taken their religion. He disowned his father's and his people's worship of i

…

Ibrahim's Declaration of Tawhid Here

Allah tells us about His servant, Messenger and close Friend, the leader of the monotheists and the father of all

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 43, Page 492, Juz 25

26. Ntumwa y’Imana! Ibuka n’igihe Ibrahimu yabwira se wiwe hamwe n’abantu biwe yarungitsweko, babangikanya Imana Allah nk’abo warungitsweko, ati: “Mu vy’ukuri jewe, nditandukanije n’ivyo musenga vyose; 27. Kiretse gusa Imana Allah Yandemye, ni Yo Inshoboza gukurikira inzira nziza ibereye”. 28. Ibrahimu rero yatumye ijambo “LAA ILAAHA ILLA LLAAH” rishimangira ugusenga Imana Imwe Rudende Allah, risagarara, ryubahirizwa n’abakurikiye mu nyuma ziwe, kugira bagaruke ku Mana Allah mu kwigaya, hanyuma bayisenge ari Imwe Rudende batayibangikanya. 29. Ntumwa y’Imana! Ahubwo rero ababangikanyamana hamwe na ba se babo, Nabahaye kuryoherwa n’ubuzima bwo kw’isi, sinashoka Ndabahanira ubugarariji bwabo, gushika n’aho bashikiriwe na Qor’ani hamwe n’Intumwa ibatomorera ivyo bakeneye kumenya mw’idini. 30. Bamaze gushikirwa na Qor’ani rero, bavuze bayiyamiriza bati: “Iyi Qor’ani Muhamadi adushikiriza, ni uburozi bweruye! Kandi mu vy’ukuri, turahakanye twivuye inyuma mu kuvuga ko itamanuwe n’Imana Allah”; 31. Baranavuze kandi bati: “Nimba iyi Qor’ani yamanuwe koko n’Imana Allah, ntiyari gupfuma Iyimanurira umugabo w’ijunja n’ijambo aturuka muri kamwe mu ducimbiri tubiri: agacimbiri ka Makka canke aka Twaa-ifu!”. 32. Ntumwa y’Imana! Mbega none ababangikanyamana, ni bo bagabura impuhwe z’Imana yawe Rurema Allah, bagaha ubuvugishwamana uwo bashatse! Twebwe Allah, Twarabagaburiye ibibabeshaho mu buzima bwo kw’isi, Turaheza Tuduza bamwe mu cubahiro gusumba abandi; gutyo haba umutunzi n’umukene, uwufise imirya n’uwufise intege nke; kugira ngo babe magiriranire, bakenerane muri nya buzima. Burya, impuhwe z’Imana yawe Rurema Allah zo kwinjiza abantu mu Bwami bw’ijuru, ni zo nziza gusumba ivyo bahurumbira kwegeranya mu bihendamaso vy’isi. 33. Iyo hataba kwanka ko abantu baba umugwi umwe w’abagarariji, ni ukuri Twari gufata inzu z’abagarariza Nyenimpuhwe, Tukazigira inzu zibona, z’amagorofa asakajwe umwakaka, akagira n’ingazi buririrako; 34. Twari no kuzigirira imiryango ikozwe mu mwakaka, zikagira n’ibitanda vy’inyegamo bicarako; 35. Tukabaha n’ibisharizo vy’inzahabu! Ivyo vyose rero, nta co bimaze kiretse ko ari ibihendamaso vy’ubuzima bugufi bwo kw’isi. Burya rero, ivyiza vyo mu buzima bw’inyuma yo gupfa biri ku Mana yawe Rurema Allah, vyategekanirijwe gusa abagamburukiramana.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute