Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
035

Fatir 35:17 وما ذالك على الله بعزيز ١٧

35:17
وَمَا
ذَٰلِكَ
عَلَى
ٱللَّهِ
بِعَزِيزٖ
١٧
Kandi ihonywa ryanyu n’isubirizwa ryanyu n’ibindi biremwa, ntivyonanira Imana Allah, ahubwo mbere biroroshe cane kuri Yo.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Mankind is in need of Allah, and each Person will carry His own Burdens on the Day of Resurrection

Allah tells us that He has no need of anyone or anything else, but all of creation is in need of Him and is in a position of humility before Him. He says:

يأَيُّهَا النَّاسُ أَنتُمُ الْفُقَرَآءُ إِلَى ال
…

Mankind is in need of Allah, and each Person will carry His own Burdens on the Day of Resurrection

Allah tells us that He has no need of anyone or anyt

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 35, Page 436, Juz 22

15. Emwe bantu! Mwebwe mukeneye Imana Allah muri vyose, nta na kimwe mwikenuyeko ku bwanyu, burya Imana Allah, ni Yo Uwikenuye Yikenuye muri vyose, Nyenugushimwa, Ishimwa mu bihe vyose ku mazina, ku matazirano no ku bikorwa vyayo; 16. Ishatse rero, Yobahonya mukagenda mwese amazimayongo, Igaheza Ikazana ibindi biremwa biyumvira bikayisenga Yo Yonyene Itabangikanywa. 17. Kandi ihonywa ryanyu n’isubirizwa ryanyu n’ibindi biremwa, ntivyonanira Imana Allah, ahubwo mbere biroroshe cane kuri Yo. 18. Nta munyavyaha azohanirwa ivyaha vy’uwundi. Uwuzoremerwa n’ivyaha, maze agasaba ko hogira uwumwakira mu kumuremururira umutwaro w’ivyaha, ntazoronka n’umwe amwakira ngo amuremurure n’icaha na kimwe, n’aho yoba ari incuti ya hafi basangiye amaraso; nka se canke mwenewabo. Ntumwa y’Imana! Ni ukuri wewe, ugabisha abatinya ibihano vy’Imana yabo Rurema Allah kandi batayibona, bakanatsimbataza n’amasengesho akwije ibisabwa ku mwanya wayo. Uwuzokwiyeza mu kudacumura no mu kutabangikanya Imana Allah, azoba yiyejeje ku neza yiwe. Ni ku Mana Allah rero ibiremwa vyose bizosubira kugira Ihembe kimwe cose ku rugero rw’ibigikwiye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute