Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
035

Fatir 35:45 ولو يواخذ الله الناس بما كسبوا ما ترك على ظهرها من دابة ولاكن يوخرهم الى اجل مسمى فاذا جاء اجلهم فان الله كان بعباده بصيرا ٤٥

35:45
وَلَوۡ
يُؤَاخِذُ
ٱللَّهُ
ٱلنَّاسَ
بِمَا
كَسَبُواْ
مَا
تَرَكَ
عَلَىٰ
ظَهۡرِهَا
مِن
دَآبَّةٖ
وَلَٰكِن
يُؤَخِّرُهُمۡ
إِلَىٰٓ
أَجَلٖ
مُّسَمّٗىۖ
فَإِذَا
جَآءَ
أَجَلُهُمۡ
فَإِنَّ
ٱللَّهَ
كَانَ
بِعِبَادِهِۦ
بَصِيرَۢا
٤٥
Iyo Imana Allah Yihutira guhana abantu ku vyaha vy'ivyo barondeye, ntiyari gusigaza kw’isi ikiremwa na kimwe kigendagenda, ariko rero Itenyenya kubahana gushika kw’isango ntarengwa ry’umwe wese muri bo ryo gupfa. Isango ry'umwe wese muri bo rero niryagera, Izohanira umwe wese ku vyo yakoze, mu vy’ukuri Imana Allah, Yamye Ibona neza ibikorwa vy’abaja bayo, ni Nyenukubona, kandi Izobibahembera.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Remember the Bad Consequences of disbelieving in the Prophets

Allah says: `say, O Muhammad, to these people who disbelieve the Message you have brought: travel in the land and see what was the punishment of those who disbelieved the Messengers, how Allah destroyed them completely, and a similar (end

…

Remember the Bad Consequences of disbelieving in the Prophets

Allah says: `say, O Muhammad, to these people who disbelieve the Message you have brought

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 35, Page 440, Juz 22

42. Abagararije mu bwoko bw’Abakorayishi, bararahiye bararengwa kw’Izina ry’Imana Allah, indahiro zitabaho, ko mu gihe boshikirwa n’Umugabisha abagabisha ku bihano vy’Imana Allah, bazomwumvira bakaba abagororotsi kurusha abayahudi n’abanaswara. Igitangaje rero, ni uko bamaze gushikirwa n’Umugabisha Muhamadi (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah), ata co vyabongerereje kiretse ubugaba bwo kutikebuka, guhonyanga no kwamirira kure ukuri. 43. Ntibarahiye rero bemanga ukuri, ahubwo barahiye ku mvo zo kugira amanyama no kwihambaza ku bantu kw’isi, barondera gukwiragiza ubwononyi; kira noneho inkurikizi y’ubwononyi, igaruka kuri bene bwo. Mbega abakwiragiza ubwononyi kw’isi, hoba hari ikindi barindiriye atari uguhanwa nk’ab’aho hambere yabo! Ntumwa y’Imana! Genda ugendereze, nta hantu na hamwe uzosanga Twarigeze kudohoka ku ngingo yo guhana abagarariji bagenzwa n’ubwononyi. 44. Mbega abagarariji b’i Makka, ntibaragendagenda kw’isi ngo birabire ukuntu iherezo ry’abahakanyi b’aho hambere yabo ryagenze! Kandi bari n’abantu bafise n’inguvu kubarusha, baragararije Imana Allah Ica Irabahonya. Imana Allah rero, nta na kimwe coyinanira ngo gicaruke aho coba kiri hose mu majuru canke mw’isi. Mu vy’ukuri Imana Allah, Yamye ari Nyenubumenyikurivyose, Irazi neza ibikorwa vy’ibiremwa, Mushoboravyose, Irashoboye no kubihonya. 45. Iyo Imana Allah Yihutira guhana abantu ku vyaha vy'ivyo barondeye, ntiyari gusigaza kw’isi ikiremwa na kimwe kigendagenda, ariko rero Itenyenya kubahana gushika kw’isango ntarengwa ry’umwe wese muri bo ryo gupfa. Isango ry'umwe wese muri bo rero niryagera, Izohanira umwe wese ku vyo yakoze, mu vy’ukuri Imana Allah, Yamye Ibona neza ibikorwa vy’abaja bayo, ni Nyenukubona, kandi Izobibahembera.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute