Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
041

Fussilat 41:32 نزلا من غفور رحيم ٣٢

41:32
نُزُلٗا
مِّنۡ
غَفُورٖ
رَّحِيمٖ
٣٢
Ni induhuro y’ivyiza bihimbaye bivuye kwa Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo”.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Glad Tidings to Those Who believe in Allah Alone and stand firm

إِنَّ الَّذِينَ قَالُواْ رَبُّنَا اللَّهُ ثُمَّ اسْتَقَـمُواْ

(Verily, those who say: "Our Lord is Allah," and then they stand firm,) means, they do good deeds sincerely for the sake of Allah, and they obey Allah, doing what Allah has pre

…

Glad Tidings to Those Who believe in Allah Alone and stand firm

إِنَّ الَّذِينَ قَالُواْ رَبُّنَا اللَّهُ ثُمَّ اسْتَقَـمُواْ

(Verily, those who say: "O

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 41, Page 480, Juz 24

26. Abagarariji babwiranye hagati yabo bahanurana bati: “Ntimukumvirize iyi Qor’ani ngo mukurikire amabwirizwa yayo; mu gihe Muhamadi ariko arayisoma rero, murayogorera rimwe, mumuciramwo mu kuvuga, mu gukobereza no mugukoma amashi, mushaka ko kumbure yohava akaganzwa agaheba kuyisoma”; 27. Kubera ivyo rero, ni ukuri Tuzohonja abagarariji bahanurana nk’ukwo, ibihano bikaze mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa, ni ukuri Tuzonabaha impembo mbi cane ku vyaha bari barakoze kw'isi; 28. Ivyo bihano bikaze rero, ari na yo mpembo ikwiye abansi b’Imana Allah, ni umuriro wa Jahannamu; muri wo, ni ho bafise ubuzima budahera, ni yo mpembo yabo kw’ihakana ryabo ry’ivyemezo vyacu. 29. Abagararije Imana Allah n’Intumwa yayo, bazovuga n’ishavu n’akantu bari mu muriro udahera, bati: “Mana yacu Rurema Allah! Twereke abaduhubishije mu Majini no mu bantu, maze tubahonyange n’ibirenge kugira babe mu nyenga y’umuriro!”. 30. Mu vy’ukuri abavuze bati: “Imana yacu Rurema Itabangikanywa, ni Allah; hanyuma bakaba n’abagororotsi mu kwubahiriza amabwirizwa yayo; iyo bari ku mpfiro, bururukirwa n’abamalayika bakababwira babahumuriza bati: “Ntimutinye na gato gupfa, vyongeye ntimugire impungenge y’ibikurikira mu buzima bw’inyuma y’aho, kandi ntimwicwe n’intuntu ku vyo musize kw’isi, nimuhimbarwe nyabuna n’Ubwami bw’ijuru mwahora musezeranirwa””. 31. Nya bamalayika barongera bakababwira bati: “Twebwe, turi abahagarikizi n’abatabazi banyu mu buzima bwo kw’isi no mu bw’inyuma yo gupfa. Mu Bwami bw’ijuru, mufise kuronswa ivyo vyose umutima wanyu wipfuza, mukanihitiramwo n’ivyo mushaka; 32. Ni induhuro y’ivyiza bihimbaye bivuye kwa Nyenikigongwe-ntangere ku bigaya, Nyenimbabazi ku batoni bayo”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute