Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
040

Ghafir 40:67 هو الذي خلقكم من تراب ثم من نطفة ثم من علقة ثم يخرجكم طفلا ثم لتبلغوا اشدكم ثم لتكونوا شيوخا ومنكم من يتوفى من قبل ولتبلغوا اجلا مسمى ولعلكم تعقلون ٦٧

40:67
هُوَ
ٱلَّذِي
خَلَقَكُم
مِّن
تُرَابٖ
ثُمَّ
مِن
نُّطۡفَةٖ
ثُمَّ
مِنۡ
عَلَقَةٖ
ثُمَّ
يُخۡرِجُكُمۡ
طِفۡلٗا
ثُمَّ
لِتَبۡلُغُوٓاْ
أَشُدَّكُمۡ
ثُمَّ
لِتَكُونُواْ
شُيُوخٗاۚ
وَمِنكُم
مَّن
يُتَوَفَّىٰ
مِن
قَبۡلُۖ
وَلِتَبۡلُغُوٓاْ
أَجَلٗا
مُّسَمّٗى
وَلَعَلَّكُمۡ
تَعۡقِلُونَ
٦٧
Ni Yo Yaremye so Adamu mw’ivu; hanyuma abamwamutseko, Ibarema mw’ima ry’intanga umugabo asunikira mu gitereko c’umugore, maze nya ma rikibumba rikaba amaraso avuze; mu nyuma mugaheza mukagenda murakura bukebuke, gushika n’aho muvuka muri abana; hanyuma mukagenda murakura bukebuke gushika mugere mu bigero; hanyuma mukagera mu busaza. Muri mwebwe rero, hari n’abapfa imbere y’aho. Izo ntambwe zose z’ubuzima rero, Twazibagereye kugira mushike kw’isango nyezina rizwi ryo kuba kw’isi hanyuma muhwere, no kugira mutahure ivyemezo na Aayah vy’Imana Allah, muheze mumenye ko ata yindi mana ibwirijwe gusengwa itabangikanywa atari Yo;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Prohibition of Shirk, the Order for Tawhid, and the Evidence

Allah says, `say, O Muhammad, to these idolators, that Allah forbids them to worship anyone, such as these idols and false gods, except Him.' Allah explains that no one apart from Him is deserving of worship, as He says:

هُوَ الَّذِى خَل
…

The Prohibition of Shirk, the Order for Tawhid, and the Evidence

Allah says, `say, O Muhammad, to these idolators, that Allah forbids them to worship a

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 40, Page 475, Juz 24

61. Imana Allah, ni Yo Yabagiriye ijoro kuba umuzimagiza kugira muturure muri ryo muheze muruhuke; Ibagirira n’umurango, kuba habona kugira murondere icorirenza mu mpano zayo. Mu vy’ukuri Imana Allah, ni Nyeningabirano zihambaye ku bantu, ariko rero abenshi muri bo ntibayishimira ngo bayiyegereze mu vyo bakora banayisenge ari Imwe Rudende. 62. Uwabagiriye ivyo vyiza rero, ni Yo Mana yanyu Rurema Allah, Yaremye ibintu vyose, nta mana yindi ibwirijwe gusengwa vy’ukuri atari Yo. None, ni gute muyibangikanya ha kuyisenga ari Imwe Rudende! 63. Bagarariji! Ni nk’uko nyene rero - mwahakanye ukuri mugahitamwo ikinyoma - abahakanye bivuye inyuma ivyemezo vy’Imana Allah, bahusha ukuri bagakurikira ikinyoma. 64. Imana Allah, ni Yo Yabagiriye isi kuba ubutururo bwanyu; Ibagirira n’ijuru riri hafi y’isi, kuba igisenge kibakingira; Iraheza Ibashirira muri nya juru ibimenyetso vy’inyenyeri bibazimurura; Ibarema mw’ishusho n’indemo vyiza bibereye, Ibaronsa n’ibibabeshaho vyiza birekuwe. Uwabagiriye ivyo vyiza vyose rero, ni Yo Mana yanyu Rurema Allah. Harakubahwa rero Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose; 65. Ni Yo Nyenubugingo budashira nk’uko buyikwiye, nta mana yindi ibwirijwe gusengwa vy’ukuri atari Yo, nimuyiyegereze rero mu kuyisaba ari Imwe Rudende, mweza n’ivyo mugira vyose ku bwayo. Nihashimagizwe Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose. 66. Ntumwa y’Imana! Vuga ubwire ababangikanyamana uti: “Mu vy’ukuri jewe, nabujijwe n’Imana Allah gusenga ibigirwamana musenga mu gishingo cayo, inyuma y’aho maze gushikirwa n’ivyemezo bivuye ku Mana yanje Rurema Allah, kandi nategetswe kwicisha bugufi no kwumvira Imana Allah, Umubungabunzi w’ibiremwa vyose; 67. Ni Yo Yaremye so Adamu mw’ivu; hanyuma abamwamutseko, Ibarema mw’ima ry’intanga umugabo asunikira mu gitereko c’umugore, maze nya ma rikibumba rikaba amaraso avuze; mu nyuma mugaheza mukagenda murakura bukebuke, gushika n’aho muvuka muri abana; hanyuma mukagenda murakura bukebuke gushika mugere mu bigero; hanyuma mukagera mu busaza. Muri mwebwe rero, hari n’abapfa imbere y’aho. Izo ntambwe zose z’ubuzima rero, Twazibagereye kugira mushike kw’isango nyezina rizwi ryo kuba kw’isi hanyuma muhwere, no kugira mutahure ivyemezo na Aayah vy’Imana Allah, muheze mumenye ko ata yindi mana ibwirijwe gusengwa itabangikanywa atari Yo; 68. Ni Yo Itanga ubuzima Ikanabwaka. Iyo rero Ishatse ikintu ko kiba, ni ukuri Ikibwira gusa Iti: “Ba” kigaca kiba ubwo nyene”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute