Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
011

Hud 11:117 وما كان ربك ليهلك القرى بظلم واهلها مصلحون ١١٧

11:117
وَمَا
كَانَ
رَبُّكَ
لِيُهۡلِكَ
ٱلۡقُرَىٰ
بِظُلۡمٖ
وَأَهۡلُهَا
مُصۡلِحُونَ
١١٧
Nta ho vyakabaye ko Imana yawe Rurema Allah Ihana Igahonya agacimbiri ako ari ko kose, mu gihe abakabamwo ari abantu b’intungane, bitwararika no gutunganiriza abandi.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

There must be a Group of People Who forbid Lewdness

Allah, the Exalted, says that there should have been a group of wise people present among the past generations who called to good and forbade the evil and corruption that took place among them in the land. His statement,

إِلاَّ قَلِيلاً

(except a few

…

There must be a Group of People Who forbid Lewdness

Allah, the Exalted, says that there should have been a group of wise people present among the past

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 11, Page 234, Juz 12

114. Muvugishwamana! Tsimbataza kandi n’isengesho rikwije ibisabwa mu gitondo no ku mugoroba, no mu gihe c’ijoro. Mu vy’ukuri, ukugira ivyiza guhanagura ibicumuro, ivyo rero ni inkebuzo ku bibuka bagategera; 115. Kandi wihangane mu kwama usenga, wihanganire n’ibangamira ry’ababangikanyamana, kuko Imana Allah ntiyigera Itakaza indishi z’abagwaneza. 116. Ese iyo haboneka mu migwi y’ababayeho aho hambere yanyu, abantu b’abagororotsi baguma babuza abandi kugarariza no kugenzwa n’ubwononyi kw’isi! Muri bo rero, ntihigeze haboneka kiretse abantu bake mu bemeramana Twarokoye mu bihano. Abirenganije muri nya migwi, bishinze kuryoherwa gusa n’ibihendamaso vy’isi, bari n’abanyavyaha bakwiye guhanwa koko. 117. Nta ho vyakabaye ko Imana yawe Rurema Allah Ihana Igahonya agacimbiri ako ari ko kose, mu gihe abakabamwo ari abantu b’intungane, bitwararika no gutunganiriza abandi.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute