Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
011

Hud 11:14 فالم يستجيبوا لكم فاعلموا انما انزل بعلم الله وان لا الاه الا هو فهل انتم مسلمون ١٤

11:14
فَإِلَّمۡ
يَسۡتَجِيبُواْ
لَكُمۡ
فَٱعۡلَمُوٓاْ
أَنَّمَآ
أُنزِلَ
بِعِلۡمِ
ٱللَّهِ
وَأَن
لَّآ
إِلَٰهَ
إِلَّا
هُوَۖ
فَهَلۡ
أَنتُم
مُّسۡلِمُونَ
١٤
Ntumwa y’Imana! Abo babangikanyamana nivyabananira bakanareka kubumvira mu vyo mubararikiramwo wewe n’abemeramana, muramenya rero ko Qor’ani yamanuwe n’Imana Allah ku bumenyi bwayo, mumenye kandi ko ata mana ibwirijwe gusengwa vy’ukuri atari Yo. Mbega none, inyuma y'ivyo vyose ntimwoshishikara muri abislamu bicisha bugufi ku Mana Allah!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Messenger grieving by the Statements of the Polytheists, and His Gratification

This statement of Allah, the Exalted, to His Messenger comforted the worries that the polytheists were causing him due to their statements directed towards him. This is just as Allah says about them,

وَقَالُواْ مَا لِه
…

The Messenger grieving by the Statements of the Polytheists, and His Gratification

This statement of Allah, the Exalted, to His Messenger comforted the

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 11, Page 223, Juz 12

9. Iyo Duhonjeje umuntu ku mpuhwe zacu inema yo kuroranirwa, akagira amagara n’umutekano, n’ibindi nk’ivyo, bwaca Tukamwaka nya nema, araheza agaca acika intege akarangwa n’umwiheburo atwihakana ku nema Twamuhaye. 10. Iyo naho Tumuhonjeje inema y’ibimubeshaho, akikenura inyuma y’amagorwa yamukozeko, aca avuga yigamba ati: “Amagorwa n’ivyago ndabisezeye pe!”. Mu vy’ukuri, kiremwa-muntu arakunda kwishimira inema, akarenza n’urugero mu kwirata ku bandi. 11. Ariko abihangana ku bw’Imana Allah mu gihe bashikiwe n’ivyago, bakanakora n’ivyiza bitegetswe ku gushima inema zayo, abo ni bo rero bazogumirizwa akabanga ku vyaha vyabo ntibabihanirwe, bazoronka n’impano nta ngere kandi zamaho mu buzima bw'inyuma yo gupfa. 12. Ntumwa y’Imana! Ku kubera igarariza n’ihakana ry’ababangikanyamana, hari n’aho kumbure vyotuma uhesha kubashikiriza bimwe mu vyo wahishuriwe ukanategekwa kubishikiriza, gutyo ugatuntuzwa n’ukuba batipfuza kuvyumva, maze ukanatinya ko bohava bagusaba amananiza; nko kuvuga bati: “Ntiyari gutuma amanurirwa amatungo menshi ngo tumwemere, canke akazanana n’umumalayika yemeza ubutumwa bwiwe!”. Ntumwa y’Imana! Bashikirize rero ata guhigimanga ivyo Jewe Allah Naguhishuriye. Ni ukuri, nta kindi ujejwe kuba kiretse ko uri Umugabisha ku bihano vyanje. Burya Imana Allah ni Yo Muhagarikizi w’ibintu vyose. 13. Ntumwa y’Imana! Ahubwo rero ababangikanyamana bavuga ko Muhamadi yarementanije Qor'ani! Bishure uti: “Nivyaba biri nk’uko mubivuga, enda rero nimuzane ibisomwa cumi birementanije nka Qor’ani nk’uko mubivuga, munararikire n'abo mushoboye hatarimwo Imana Allah, mu bantu no mu majini kugira babafashe nimwaba koko muri imvugakuri ko Qor’ani ari irementanya". 14. Ntumwa y’Imana! Abo babangikanyamana nivyabananira bakanareka kubumvira mu vyo mubararikiramwo wewe n’abemeramana, muramenya rero ko Qor’ani yamanuwe n’Imana Allah ku bumenyi bwayo, mumenye kandi ko ata mana ibwirijwe gusengwa vy’ukuri atari Yo. Mbega none, inyuma y'ivyo vyose ntimwoshishikara muri abislamu bicisha bugufi ku Mana Allah!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute