Hud 11:3 وان استغفروا ربكم ثم توبوا اليه يمتعكم متاعا حسنا الى اجل مسمى ويوت كل ذي فضل فضله وان تولوا فاني اخاف عليكم عذاب يوم كبير ٣
وَأَنِ
ٱسۡتَغۡفِرُواْ
رَبَّكُمۡ
ثُمَّ
تُوبُوٓاْ
إِلَيۡهِ
يُمَتِّعۡكُم
مَّتَٰعًا
حَسَنًا
إِلَىٰٓ
أَجَلٖ
مُّسَمّٗى
وَيُؤۡتِ
كُلَّ
ذِي
فَضۡلٖ
فَضۡلَهُۥۖ
وَإِن
تَوَلَّوۡاْ
فَإِنِّيٓ
أَخَافُ
عَلَيۡكُمۡ
عَذَابَ
يَوۡمٖ
كَبِيرٍ
٣
Muraheza rero musabe Imana yanyu Rurema Allah, kugumirizwa akabanga ku vyaha vyanyu, ntibibahanire; hanyuma mugaruke kuri Yo mwigaye, Iheze Ibahe kuryoherwa mu buzima bwo kw’isi gushika umusi warwo, Iheze Ihe n’indishi itagabanije uwo wese yahawe impano y'ubumenyi akanabugendera. Nimwagenza umugongo naho mukirengagiza ubutumwa bwanje, muramenya ko mu vy’ukuri, jewe ntinya ko mwoshikirwa n’ibihano vy’umusi uhambaye w’izuka1.
Read Tafsir
Ibn Kathir (Abridged)
Which was revealed in Makkah
Surah Hud made the Prophet's Hair turn Gray
Abu `Isa At-Tirmidhi recorded from Ibn `Abbas that Abu Bakr said, "O Messenger of Allah, verily your hair has turned gray." The Prophet replied,
«شَيَّبَتْنِي هُودٌ وَالْوَاقِعَةُ وَالْمُرْسَلَاتُ وَعَمَّ يَتَسَاءَلُونَ وَإِذَا ال
…Which was revealed in Makkah
Surah Hud made the Prophet's Hair turn Gray
Abu `Isa At-Tirmidhi recorded from Ibn `Abbas that Abu Bakr said, "O Messenger
…