Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
011

Hud 11:6 ۞ وما من دابة في الارض الا على الله رزقها ويعلم مستقرها ومستودعها كل في كتاب مبين ٦

11:6
۞ وَمَا
مِن
دَآبَّةٖ
فِي
ٱلۡأَرۡضِ
إِلَّا
عَلَى
ٱللَّهِ
رِزۡقُهَا
وَيَعۡلَمُ
مُسۡتَقَرَّهَا
وَمُسۡتَوۡدَعَهَاۚ
كُلّٞ
فِي
كِتَٰبٖ
مُّبِينٖ
٦
Nta kiremwa na kimwe kigendagenda kw’isi, kiretse ko Imana Allah Yakigeneye ibikibeshaho, Irazi n’aho gifise icumbi mu buzima bwo kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, Irazi n’ahantu kizopfira, ivyo vyose kandi biranditswe ku Mana Allah mu Gitabu gitomora vyose.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Allah is Responsible for the Provisions of All Creatures

Allah, the Exalted, informs that He is responsible for the provisions of all the creatures that dwell in the earth, whether they are small, large, sea-dwelling or land-dwelling. He knows their place of dwelling and their place of deposit. This

…

Allah is Responsible for the Provisions of All Creatures

Allah, the Exalted, informs that He is responsible for the provisions of all the creatures tha

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 11, Page 222, Juz 12

6. Nta kiremwa na kimwe kigendagenda kw’isi, kiretse ko Imana Allah Yakigeneye ibikibeshaho, Irazi n’aho gifise icumbi mu buzima bwo kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa, Irazi n’ahantu kizopfira, ivyo vyose kandi biranditswe ku Mana Allah mu Gitabu gitomora vyose. 7. Ni Yo Yaremye amajuru n’isi n’ibiri hagati yavyo mu misi itandatu. Imbere y’aho, Ubuhangamo bwayo bukaba bwari hejuru y’amazi. Ivyo rero, Imana Allah Yabigize kugira Ibagerageze, haheze hamenyekane uwukora ivyiza ku bwayo kurusha abandi. Ntumwa y’Imana! Niwabwira abantu bawe warungitsweko uti: “Mu vy’ukuri, mwebwe muzozurwa musubizwe ubuzima inyuma yo gupfa”, ni ukuri abagarariji bazokwihutira guhakana bivuye inyuma, bavuge bati: “Iyi Qor’ani, si ikindi kiretse ko ari uburozi bweruye!”. 8. Nitwatenyenya kw'ihanwa ry’ababangikanyamana gushika kw’isango rizwi, bazovuga batebura bati: “None, ni igiki gituma tudahanirwa ihakana ryacu nimba ivyo bihano biriho koko!”. Bantu nimwumve mwumvireho! Umusi bashikiwe n’ivyo bihano, nta n’umwe azobihagarika canke ngo abibakureko; nya bihano bahora bateburako imbere yuko bishika, bizobugariza ku mpande zose.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute