Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
011

Hud 11:88 قال يا قوم ارايتم ان كنت على بينة من ربي ورزقني منه رزقا حسنا وما اريد ان اخالفكم الى ما انهاكم عنه ان اريد الا الاصلاح ما استطعت وما توفيقي الا بالله عليه توكلت واليه انيب ٨٨

11:88
قَالَ
يَٰقَوۡمِ
أَرَءَيۡتُمۡ
إِن
كُنتُ
عَلَىٰ
بَيِّنَةٖ
مِّن
رَّبِّي
وَرَزَقَنِي
مِنۡهُ
رِزۡقًا
حَسَنٗاۚ
وَمَآ
أُرِيدُ
أَنۡ
أُخَالِفَكُمۡ
إِلَىٰ
مَآ
أَنۡهَىٰكُمۡ
عَنۡهُۚ
إِنۡ
أُرِيدُ
إِلَّا
ٱلۡإِصۡلَٰحَ
مَا
ٱسۡتَطَعۡتُۚ
وَمَا
تَوۡفِيقِيٓ
إِلَّا
بِٱللَّهِۚ
عَلَيۡهِ
تَوَكَّلۡتُ
وَإِلَيۡهِ
أُنِيبُ
٨٨
Shu’ayibu yavuze ati: “Emwe bantu banje narungitsweko! Nimumbwire uko vyogenda, mu gihe noba ndi mu kuri kuvuye ku Mana yanje Rurema Allah, Ikampa n’ibimbeshaho bikwiye, biryoshe kandi birekuwe! Sinshaka rero ko noca kubiri na mwe nkakora ivyo ndababuza; nta n’ico ndondera mu kubararikira kwubahiriza utwa murundi, kiretse kubatunganiriza uko nshoboye kwose; eka nta n’ico nshoboye gushikako kiretse ico nshobojwe n’Imana Allah, ni Yo gusa nishimikije nkizera, ni na Yo gusa ngarukako nkigaya;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Shu`ayb's Refutation of His People

He said to them: Do you see O my people, that if I

عَلَى بَيِّنَةٍ مِّن رَّبِّى

(have a clear evidence from my Lord) meaning, upon clear guidance in that which I am calling to.

وَرَزَقَنِى مِنْهُ رِزْقًا حَسَنًا

(and He has given me a good sustenance from Himself.) It

…

Shu`ayb's Refutation of His People

He said to them: Do you see O my people, that if I

عَلَى بَيِّنَةٍ مِّن رَّبِّى

(have a clear evidence from my Lord)

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 11, Page 231, Juz 12

84. Twaranarungikiye abantu bo muri Madiyana mwenewabo Shu’ayibu, araheza ababwira ati: “Bantu banje narungitsweko! Nimwiyegereze Imana Allah mu vyo mukora vyose munayisenge mutayibangikanya, nta yindi mana mufise ikwiye gusengwa atari Yo, kandi ntimukagabanye ingero n’iminzani mu gupimira abantu, mu vy’ukuri mbona mworohewe mu buzima, kandi ndatinya ko mwoshikirwa n’ibihano vy’umusi ubakikuje; 85. Bantu banje! Nimukwize neza ivyo mupima ku ngero no ku munzani, kandi ntimukarenganye abantu mu kubambura utwabo mu buryo ubwo ari bwo bwose, ntimukagenzwe n’ubwononyi kw’isi; 86. Inyungu muronka mu gihe mukwije ingero n’iminzani, ni yo irimwo imigisha n’ineza kuri mwebwe biturutse ku Mana Allah. Nimwaba mwemera koko Imana Allah, nimwubahirize rero iryo bwirizwa, si nanje njejwe kumenya no kubungabunga ivyo mukora". 87. Abantu ba Shu’ayibu barinamuye bamwishura bati: “Ewe Shu’ayibu! Mbega amasengesho yawe, ni yo agutegeka kutubuza ko dusenga ivyo ba data basenga! Canke ko tureka kurondera inyungu y’amatungo yacu uko dushaka! Yoo! Ni ukuri, wewe urateye ikigongwe! Aho rero, ni wewe uri inararibonye izi ikoreshwa ribereye ry’amatungo!”. 88. Shu’ayibu yavuze ati: “Emwe bantu banje narungitsweko! Nimumbwire uko vyogenda, mu gihe noba ndi mu kuri kuvuye ku Mana yanje Rurema Allah, Ikampa n’ibimbeshaho bikwiye, biryoshe kandi birekuwe! Sinshaka rero ko noca kubiri na mwe nkakora ivyo ndababuza; nta n’ico ndondera mu kubararikira kwubahiriza utwa murundi, kiretse kubatunganiriza uko nshoboye kwose; eka nta n’ico nshoboye gushikako kiretse ico nshobojwe n’Imana Allah, ni Yo gusa nishimikije nkizera, ni na Yo gusa ngarukako nkigaya; 89. Bantu banje narungitsweko! Urwanko ruturutse ku kuba tudahuje gusa ukwemera, ntirutume mubandanya kuba intumva, kuko vyotuma muhanwa nk’uko hahanwe abantu ba Nuhu, canke abantu ba Huudi, canke abantu ba Swalehe. Kira noneho n’ihanwa ry’abantu ba Luutwi ntiryabereye kure y’aho mucumbitse!; 90. Nimusabe ikigongwe ku vyaha vyanyu Imana yanyu Rurema Allah, hanyuma mugaruke mwigaye kuri Yo, mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, ni Nyenimbabazi ku batoni bayo, Nyenurukundo-ntangere ku bigaya”.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute