Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
011

Hud 11:95 كان لم يغنوا فيها الا بعدا لمدين كما بعدت ثمود ٩٥

11:95
كَأَن
لَّمۡ
يَغۡنَوۡاْ
فِيهَآۗ
أَلَا
بُعۡدٗا
لِّمَدۡيَنَ
كَمَا
بَعِدَتۡ
ثَمُودُ
٩٥
Wamengo ni nk’aho batigeze babaho. Bantu, nimwumve mwumvireho! Haragahona abantu bo muri Madiyana nk’uko hahonye Bene Thamuudi, na kare bose barimonogoje mu butumva!
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Shu` ayb's threatening of His People When the Prophet of Allah,Shu` ayb, despaired of their response to him, he said, "O mypeople

اعْمَلُواْ عَلَى مَكَانَتِكُمْ

(Act according to your ability,) This means, "Act according to your current ways." This is actually a severe threat.

إِنِّى عَـمِلٌ

(I am acti

…

Shu` ayb's threatening of His People When the Prophet of Allah,Shu` ayb, despaired of their response to him, he said, "O mypeople

اعْمَلُواْ عَلَى مَكَ
…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 11, Page 232, Juz 12

91. Bamwishuye bati: “Ewe Shu’ayibu! Ntidutahura vyinshi mu vyo utubwira, kandi twebwe mu vy’ukuri, tubona ko wewe uri umuntu usanzwe cane muri twebwe; iyo rero hataba kwubaha umuryango wawe dufise ico dupfana, twokwicishije amabuye, kanatsinda wewe nta cubahiro canke agateka tuguha namba”. 92. Shu’ayibu yabishuye ati: “Emwe bantu banje narungitsweko! Karashize ingani, mwubahe mwubahirize umuryango wanje kurusha Imana Allah, maze muterere amabwirizwa yayo inyuma y’umugongo, ntimube mukiyiyumvira! Mu vy’ukuri Imana yanje Rurema Allah, mu bumenyi bwayo, ni Muhetuzi w’ivyo mukora vyose; 93. Emwe bantu banje! Nimugire ivyo mugomba uko mubigomba, nanje mu vy’ukuri nshishikara nkora ivyo nategetswe n’Imana Allah, vuba bw'ango muzomenya neza uwuzoshikirwa n’ibihano bisuzuguza, kandi muzomenya umubeshi n’uwutari we hagati yacu. Nimurindire rero ingingo y’Imana Allah ku bigaba canke ku bagororotsi, nanje mu vy’ukuri ndarindiriye hamwe na mwe”. 94. Igihe rero isezerano ryacu Twebwe Allah ryo guhana abantu ba Shu’ayibu ryagera, Twararokoye ku mpuhwe zacu Shu’ayibu n’abemeramana bari kumwe, abirenganije na bo bahitanwe n'igihano c'akaruru kaziba amatwi gaturutse hejuru, bazinduka bose mu mazu yabo bahonye, ari ibiziga vyibereye aho; 95. Wamengo ni nk’aho batigeze babaho. Bantu, nimwumve mwumvireho! Haragahona abantu bo muri Madiyana nk’uko hahonye Bene Thamuudi, na kare bose barimonogoje mu butumva!

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute