Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
014

Ibrahim 14:11 قالت لهم رسلهم ان نحن الا بشر مثلكم ولاكن الله يمن على من يشاء من عباده وما كان لنا ان ناتيكم بسلطان الا باذن الله وعلى الله فليتوكل المومنون ١١

14:11
قَالَتۡ
لَهُمۡ
رُسُلُهُمۡ
إِن
نَّحۡنُ
إِلَّا
بَشَرٞ
مِّثۡلُكُمۡ
وَلَٰكِنَّ
ٱللَّهَ
يَمُنُّ
عَلَىٰ
مَن
يَشَآءُ
مِنۡ
عِبَادِهِۦۖ
وَمَا
كَانَ
لَنَآ
أَن
نَّأۡتِيَكُم
بِسُلۡطَٰنٍ
إِلَّا
بِإِذۡنِ
ٱللَّهِۚ
وَعَلَى
ٱللَّهِ
فَلۡيَتَوَكَّلِ
ٱلۡمُؤۡمِنُونَ
١١
Nya Ntumwa zarishuye abantu bazo ziti: “Ni vyo ko twebwe ata co turi kiretse ko turi abantu nkamwe, ariko rero Imana Allah Iha ingabirano zayo uwo Ishatse mu baja bayo, Igaheza Ikamutora kuba Intumwa, nta n’ububasha dufise bwo kubazanira icemezo kigaragara cemeza ukuri ku vyo tuvuga, atari ku burenganzira bw’Imana Allah. Abemeramana rero, nibishimikize gusa Imana Allah, bayizere;
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

The Argument between the Prophets and the Disbelievers

Allah narrates to us the arguments that ensued between the disbelievers and their Messengers. When their nations doubted the Message of worshipping Allah alone without partners, the Messengers said,

أَفِى اللَّهِ شَكٌّ

((What!) Can there be a doubt

…

The Argument between the Prophets and the Disbelievers

Allah narrates to us the arguments that ensued between the disbelievers and their Messengers. Wh

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 14, Page 257, Juz 13

7. Nimwibuke kandi, igihe Imana yanyu Rurema Allah Yabamenyesha Iti: “Nimwanshimira ku nema Nabahaye, ni ukuri Nzobongerereza umusesekara; nimwahakana inema zanje naho, muramenya ko mu vy’ukuri ibihano vyanje bikaze". 8. Musa yarongeye ababwira ati: “N’aho mwogarariza Imana Allah mwebwe hamwe n’abari mw’isi bose, nta co mwoyitwara namba. Nimumenye mu vy’ukuri, ko Imana Allah ari Uwikenuye Yikenuye muri vyose; Nyenugushimwa, Ishimwa ku mazina, ku matazirano no ku bikorwa vyayo mu bihe vyose”. 9. Bantu mwarungikiwe Intumwa Muhamadi! Mbega ntimurashikirwa n’inkuru z’abantu b’aho hambere yanyu; abantu ba Nuhu, aba Huudi n’aba Swalehe, hamwe n’abantu bo hanyuma yabo ata wodondagura igitigiri cabo kiretse Imana Allah ! Intumwa barungikiwe, zarabazaniye ivyemezo bigaragara, baraheza barabihakana bivuye inyuma, batako baremanga n’ishavu n’akantu bati: “Mu vy’ukuri, twebwe turagararije, ntiturota twemera namba ivyo mwatuzaniye. Mu vy’ukuri, turafise impungenge ziturutse ku makenga y’ivyo muturarikira kwemera”; 10. Intumwa zabo zabishuye ziti: “Karashize ingani mugire impungenge zo gusenga Imana Imwe Rudende Allah, Rurema Yaremye amajuru n’isi; Imana Allah Ibararikira ukwemera kugira Ibababarire ivyaha vyanyu vy’ibangikanyamana, kugira ngo ntibahane mukiri kw’isi, Iheze Irindirize umwe wese muri mwebwe gushika kw’isango ryiwe ntarengwa ryo gupfa!”. Nya bantu bishuye Intumwa zabo bati: “Mwebwe nta co muri kiretse ko muri abantu nkatwe, nta gituma rero mwoba Intumwa mugashaka kutubuza gusenga ivyo abavyeyi bacu basenga mu bigirwamana. Enda nyabuna rero, nimutuzanire icemezo kigaragara cemeza ukuri ku vyo muvuga”. 11. Nya Ntumwa zarishuye abantu bazo ziti: “Ni vyo ko twebwe ata co turi kiretse ko turi abantu nkamwe, ariko rero Imana Allah Iha ingabirano zayo uwo Ishatse mu baja bayo, Igaheza Ikamutora kuba Intumwa, nta n’ububasha dufise bwo kubazanira icemezo kigaragara cemeza ukuri ku vyo tuvuga, atari ku burenganzira bw’Imana Allah. Abemeramana rero, nibishimikize gusa Imana Allah, bayizere; 12. Twobuzwa n’iki kwishimikiza Imana Allah tukayizera kandi Yaraturongoye mu nzira zidukiza ibihano, Ikadushoboza no kwubahiriza amabwirizwa y’idini ryayo! Dutegerezwa rero kwihanganira ibangamira ryanyu. Abizera nyabuna nibishimikize gusa Imana Allah, bayizere".

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute