Sign in
Sign in
Sign in
Select Language
014

Ibrahim 14:17 يتجرعه ولا يكاد يسيغه وياتيه الموت من كل مكان وما هو بميت ومن ورايه عذاب غليظ ١٧

14:17
يَتَجَرَّعُهُۥ
وَلَا
يَكَادُ
يُسِيغُهُۥ
وَيَأۡتِيهِ
ٱلۡمَوۡتُ
مِن
كُلِّ
مَكَانٖ
وَمَا
هُوَ
بِمَيِّتٖۖ
وَمِن
وَرَآئِهِۦ
عَذَابٌ
غَلِيظٞ
١٧
Kizogerageza kumira nya mashira n’amaraso akatari gake, bihakwa kutarengana mu muhogo kubera akanuko n’umwokero wavyo; kizohabwa n’ibihano vy’ubwoko bwose ku bihimba vy’umubiri, kugeza n’aho cipfuza gupfa ngo kiruhuke kitari bupfe; n’inyuma y’ivyo bihano vyose, kizohabwa ibindi bihano biremereye.
Continue Reading

Read Tafsir

Ibn Kathir (Abridged)

Disbelieving Nations threaten Their Messengers with Expulsion

Allah narrates to us how the disbelieving nations threatened their Messengers, that being, expulsion from their land and banshiment. For instance, the people of Prophet Shu`ayb, peace be upon him, said to him and to those who believed in h

…

Disbelieving Nations threaten Their Messengers with Expulsion

Allah narrates to us how the disbelieving nations threatened their Messengers, that being

…
More Tafsirs

Read in Context

Chapter 14, Page 257, Juz 13

13. Abagararije, babwiye Intumwa zabo n’ishavu n’akantu bati: “Ni ukuri, dutegerezwa kubirukana tubomore mu bihugu vyacu, canke mugaruke mw’idini ryacu”. Ni ho rero nya Ntumwa zahishurirwa n'Imana yazo Rurema Allah, Izibwira Iti: “Ubu rero ubutigu burageze; ni ukuri, Dutegerezwa guhonya abirenganije mu kugarariza Imana Allah n'Intumwa zayo; 14. Ntumwa zanje! Inyuma y’ihonywa ryabo, ni ukuri Tuzobacumbikira mu kubakomorera - mwebwe hamwe n’ababakurikiye - ubutaka bahorako. Iryo honywa ryabo n’ikomorerwa ry’abemeramana ubutaka bahorako, nta makenga arimwo, ku muntu atinya ihagarikwa imbere yanje Jewe Allah, akaniyubara ihaniza ryanje ku bihano vyo ku musi w’izuka”. 15. Ni ho rero Intumwa zatumbera Imana Allah ziyisaba ko Yoziha intsinzi, maze Imana Allah Irazumvira, gutyo uwo wese yigira igihangange c’intumva, arahanwa bikwiye; 16. Imbere y’ico gihangange c’intumva, hari n’ibihano bikirindiriye mu muriro wa Jahannamu, kizonyweshwa amashira n’amaraso biva mu mibiri y’abantu bo mu muriro; 17. Kizogerageza kumira nya mashira n’amaraso akatari gake, bihakwa kutarengana mu muhogo kubera akanuko n’umwokero wavyo; kizohabwa n’ibihano vy’ubwoko bwose ku bihimba vy’umubiri, kugeza n’aho cipfuza gupfa ngo kiruhuke kitari bupfe; n’inyuma y’ivyo bihano vyose, kizohabwa ibindi bihano biremereye.

- Kirundi Translation - Yusuf Gheti

Notes and Reflections

You do not have any notes or reflections on this verse.

Notes placeholders

Stay Connected to the Quran ❤️

Short meaningful reminders to reset, reflect and stay connected to the Quran.

Read, Listen, Search, and Reflect on the Quran

Quran.com is a trusted platform used by millions worldwide to read, search, listen to, and reflect on the Quran in multiple languages. It provides translations, tafsir, recitations, word-by-word translation, and tools for deeper study, making the Quran accessible to everyone.

As a Sadaqah Jariyah, Quran.com is dedicated to helping people connect deeply with the Quran. Supported by Quran.Foundation, a 501(c)(3) non-profit organization, Quran.com continues to grow as a free and valuable resource for all, Alhamdulillah.

Navigate
Home
Quran Radio
Reciters
About Us
Developers
Product Updates
Feedback
Help
Donate
Our Projects
Quran.com
Quran For Android
Quran iOS
QuranReflect.com
Quran.AI
Sunnah.com
Nuqayah.com
Legacy.Quran.com
Corpus.Quran.com
Non-profit projects owned, managed, or sponsored by Quran.Foundation
Popular Links
Duas from the Quran
Quran Verse of the Day
Ayatul Kursi
Yaseen
Al Mulk
Ar-Rahman
Al Waqi'ah
Al Kahf
Al Muzzammil
SitemapPrivacyTerms and Conditions
© 2026 Quran.com. All Rights Reserved
Contribute